Mu gihe abantu baguma bibaza impamvu yoba yatumye uwahoze ari kizigenza w'intamba mu rugamba Ndikumana Seleman yirukanwa mu mugwi nserukiragihugu w'intamba mu rugamba mu gihe hari hasigaye imisi ibiri gusa kugira…
Umugwi nserukiragihugu w'intamba mu rugamba waraye uronkejwe agashimwe kubw'iteka bateye igihugu mu kugiserukira ubwa mbere mu mahiganwa ya CAN 2019 ariko abera mu Misiri. Kuri uyu wa Mungu uheze igenekerezo rya 07…
Ihiganwa ry'abigeme mu cicaro ca mbere ryaraye ribandanije ku ndwi yayo igira 12. -Onze Etoile yatsinzwe na La Colombe ibitsindo 4 ku 0 - Ubuntu Women yatsinze Lionne FC igitsindo 1 ku 0 - Rain Bow yatsinzwe na Fofila…
Umumenyereza mukuru w'intamba mu rugamba Alain Olivier Niyungeko yamaze gushira ahabona abakinyi 25 b'intamba mu rugamba bagiye gutangura imyimenyerezo yo kwitegurira inkino zo gukurakuranamwo z'abakinyi…
Inyuma yo kugurwa n'umugwi Young Africans wo mu gihugu ca Tanzania Issa Bigirimana yasezeye abakunzi b'umugwi Apr Fc yakinamwo hamwe n'abarongozi b'uyo mugwi. Kuva aho Issa Bigirimana aguriwe…
Ntibikiri ibanga uwahoze ari umukinyi wa Chelsea mu myaka iheze yamaze guhabwa amasezerano mashasha yo kumenyereza uwo mugwi. Kuri uyu wa kane waraye uheze, igenekerezo rya 4 Mukakaro umwaka wa 2019, niho uwahoze ari…
Mu mpera z'indwi iheze ihiganwa ry 'abigeme ryarabandanije kundwi igira icumi na rimwe. Uku niko batsindanye : -Rain Bow yatsinze ibitsindo 2 kuri 1 -Lionne Star yatsinze ibitsindo 2 kuri 1 Christ roi -Fofila PF…
Nyenicubahiro umukuru w'igihugu c'Uburundi Petero Nkurunziza yaraye ashimiye nyina wa Papy Faty. Kuri uyu wa mbere Mukakaro 2019 niho Uburundi bwahimbaza imyaka 57 iheze buhabuje intahe y'ukuwikukira. Muri ivyo…
Icigwa gikomeye Alain Olivier Niyungeko yaraye akuye muri CAN gishobora gutuma uyo mumenyereza akosora amakosa amwamwe yakoze. Inyuma y'aho intamba mu rugamba zitsindiwe na Guniée Conakry ibitsindo 2-0 kuri uyu wa Mungu…
Naho umugwi w'intamba mu rugamba waraye usezerewe na Guinée Conakry uyo mugwi wemerewe akaganuke gashimishije. Mw'ijoro ryo kuri uyu w'Imana waraye uheze igenekerezo rya 30 Ruheshi inyuma y'aho umugwi…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.