Umugwi nserukira w'intamba mu rugamba waraye usezerewe n'umugwi nserukira gihugu wa Guinée Conakry . Kuri uyu wa Mungu waraye uheze igenekerezo rya 30 Ruheshi 2019, niho umugwi nserukira gihugu w'intamba mu…
Umumenyereza Alain Olivier Niyungeko yamaze gushira ahabona urutonde rw'abakinyi 11 baza gutangura mu kibuga mu rukino ruza kubahuza na Guinée Conakry kuri uyu wa Mungu igenekerezo rya 30 Ruheshi umwaka wa 2019 igihe…
Imiryango iruguruye ku barundi bose bipfuza kugura umwambaro w'intamba mu rugamba. Kuva ku musi wa gatatu igenekerezo rya 26 Ruheshi umwaka 2019 mw'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi bari…
Pacifique Ndabihawenimana niwe murundi wenyene rudende yagiye muri Egiputa nk'umuhagarikizi mu nkino z'igikombe ca Afrika CAN. Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 29 Ruheshi umwaka wa 2019, niho umuhagarikizi wo…
Umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba waraye ushitse neza i Cairo aho ugiye gutana mu mitwe n'umugwi nserukira gihugu wa Guinea Conakry kuri uyu w'Imana igenekerezo rya 30 Ruheshi.u Kuri uyu wa gatanu…
Naho yirukanwe mu mugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba Ndikumana Seleman ntasiba kugomwa n'iyindi migwi. Kuri uyu wa gatanu waraye uheze igenekerezo rya 28 Ruheshi umwaka wa 2019 , niho uwahoze ari kizigenza…
Ugutakaza urukino rw'intamba mu rukino ntibiraca intege umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba. Kuri uyu wa kane waraye uheze igenekerezo rya 27 Ruheshi umwaka w'2019, i Alexandrie niho hariko habera…
https://www.youtube.com/watch?v=s1zeJRZ7KNI&t=15s
Umumenyereza mukuru w'intamba mu rugamba Alain Oliver Niyungeko yamaze gushira ahabona abakinyi 11 b'intamba baza gutangura mu kibuga mu rukino rw 'umusi wa kabiri wa CAN ruza kubahuza na Madagascar kuri uyu…
Wa mugambi "Dushigikire intamba zacu" nturiko uraba mu Burundi gusa no muri Egiputa ahariko harabera amahiganwa ya CAN, abarundi baba muri ico gihugu baguma bafashanya kugira bazoshobore kuza gushigikira…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.