Umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba waraye ushitse amahoro mu Misiri ahagiye kubera inkino za AFCON2019. Inyuma yo gutsindwa ibitsindo 2-1 n'umugwi nserukira gihugu wa Tunisia mu rukino rwa kivandimwe…
Ishirahamwe ry 'umupira w'amaguru mu Burundi FFB kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 18 Ruheshi umwaka wa 2019 ryashize ahabona urutonde rw'abakinyi 22 b'intamba mu rugamba batarenza imyaka 23 bagiye…
Mugihe hasigaye imisi 3 gusa kugira ihiganwa rya CAN 2019 ritangure, kuri uyu wa kabiri waraye uheze igenekerezo rya 18 Ruheshi umwaka wa 2019 ishirahamwe CAF niho ryashira ahabona urutonde rw'abakinyi b'imigwi…
Kuva mu mwaka wa 2018 Intamba mu rugamba ntizari bwatsindwe. Kuri uyu wa mbere waraye uheze igenekerezo rya 17 Ruheshi umwaka wa 2019 i Tunis ku kibuga ca Rades niho umugwi wa Tunisia wari wakiriye umugwi w'intamba mu…
Ikinyamakuru BBC cashize ahabona abakinyi bagera kuri 9 bo muri kano karere bakomeye bazokina CAN2019. Kuri urwo rutonde duhasangamwo abakinyi babiri b'abarundi abo nabo akaba ari uwitwa Saido Berahino asanzwe ari…
Umumenyereza w'umugwi nserukira gihugu Alain Olivier Niyungeko yamaze gushira ahabona urutonde rw'abakinyi 11 baza gutangura mu kibuga mu rukino ruza kubahuza na Tunisie kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 17…
Ingingo Staff y'intamba mu rugamba yafashe yo kugumana Nyange I Doha ishobora kuba iri mu ngingo nziza iyo staff yafashe. Kuva ku musi wa kabiri w'indwi iheze igenekerezo rya 11 Ruheshi umwaka wa 2019 , inyuma…
Mu gihe hasigaye indwi imwe yonyene kugira ihiganwa rya CAN ritangure mu gihugu ca Egypte, indundi Sports igiye gubashirira ahabona Ubuzima bwa Kizigenza w'intamba mu rugamba Saido Berahino. Saido Berahino Ninde? Saido…
Umugwi nserukira gihugu w'Uburundi intamba mu rugamba wungutse ibibanza bibiri ku rutonde rwa FIFA rwama rusohorwa buri kwezi. Muri uku kwezi kwa Rusama umwaka wa 2019 Uburundi bwisanze mu kibanza ca 134 mugihe mu kwezi…
Umukinyi Arakaza Mac Arthur yabonetse yifotozanye n'umukinyi w'umugwi nserukira gihugu wa Algeria ariwe Riad Mahrez akina muri Mnchester City hamwe na Yassin Ibrahimy akina mu mugwi Porto Fc . Iyo foto ikaba iriko…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.