Umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba wamaze gushika i Doha mu gihugu ca Qatar. Inyuma yo gufata indege berekeza i Doha mu gihugu ca Qatar kuri uyu wa Mungu waraye uheze igenekerezo rya 02 Ruheshi umwaka wa 2019…
Kuvaho Uburundi bwikukira ntihari bwaboneke ikibuga kinini co gukiniramwo umupira w'amaguru mu Burundi nkica Peace Park Complex kiri mu ntara ya Makamba. Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 01 Ruheshi umwaka wa 2019,…
Umukinyi umwumwe w'intamba mu rugamba yatekerewe imiriyoni 5 zo gusiga iwabo imbere yo kuja mw'ihiganwa rya CAN2019. Ku musi wa gatanu igenekerezo rya 31 Rusama umwaka wa 2019 niho buri mukinyi w'intamba mu…
Kizigenza mushasha w'umugwi nserukira gihugu yatowe n'umenyereza Alain Oliver Niyungeko. Urukurukuru niyo nkuru vyari vyavuzwe kuva kera y'uko hoba hari umugambi wo guhindura kizigenza w'intamba mu…
https://www.youtube.com/watch?v=4TXnDqrKxwE&feature=youtu.be
Ukuzibirwa kwa Pierre Emeric Aubameyang asanzwe ari kizigenza w'umugwi nserukiragihugu wa Gabon akaba n'umusatirizi wa Arsenal ngo kwatumwe na Saido Berahino. Mu Kiganiro umumenyereza w'Intamba mu rugamba…
https://www.youtube.com/watch?v=7VP4p3LGVdc&t=24s
https://www.youtube.com/watch?v=xvJPT0zU4q0&feature=youtu.be
https://www.youtube.com/watch?v=lp9IgMjIB60&feature=youtu.be
https://www.youtube.com/watch?v=01x8rYXz4N4&feature=youtu.be
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.