Umukuri w'ishirahamwe ritwara umupira w'amaguru muri Africa CAF Ahmad Ahmad yaraye arekuwe inyuma yo gufatwa n'igiporisi co mu Bufaransa kimwagiriza kurya ibiturire. Uyo mugabo w'ubwenegihugu bwa…
Umukinyi w'inyuma w'intamba mu rugamba Nduwarungira Christophe amagara yiwe yifashe neza. Mu myimenyerezo yo kuri uyu wa kane waraye uheze igenekerezo rya 06 Ruheshi umwaka wa 2019 niho uyo mukinyi w'inyuma…
Umugwi w'igiporisi c'Uburundi Rukinzo Fc watanguye kwiyubaka. Nk'uko mu bizi umugwi Rukinzo Fc ariwo mugwi uzoserukira Uburundi mu mahiganwa ya CAF Confederation Cup, kuri uyu wa Kane waraye uheze igenekerezo…
Umugwi Rayon Sports waraye uguze umukinyi w'inyuma wa kera wo muri Vital'o FC Iragire Abou benshi bazi kw'izina rya Ambou. Kuri uyu wa kane waraye uheze igenekerezo rya 06 Ruheshi umwaka wa 2019 , niho umugwi…
Ahmad Ahmad atwara ishirahamwe ry 'umupira w'amaguru muri Africa CAF yatawe muri yompi azira ibiturire. Hari mu gatondo ko kuri uyu wa kane igenekerezo rya 06 Ruheshi umwaka wa 2019 i Paris mu Bufaransa aho…
Imigwi ya Primus League yagabishijwe n'uburongozi bw'umugwi Aigle Noir ku bakinyi b'uyo mugwi bariko baragurwa uburongozi butabizi. Kuri uyu wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya 05 Ruheshi umwaka wa 2019,…
Ishirahamwe ritwara umupira w'amaguru muri Africa (CAF ) ryafashe ingingo y'uko urukino rwa nyuma rwo gusubiriza rwa CAF Champions League rwahuje Esperance de Tunis hamwe na Whydad Casablanca y'uko…
Umugwi Aigle Noir The Fighters ugiye gufata ingendo mu bihugu bibiri dusangiye kano karere ka CECAFA. Kuri uyu wa kabiri waraye uheze igenekerezo rya 04 Ruheshi umwaka wa 2019, umugwi Aigle Noir washize ahabona ikirangamisi…
Reta y’Uburundi yaraye irishe igice c’ivyakoreshejwe n’abakinyi b’inkino zo gukubitana ingumu « Boxe » bamaze imisi bapfungiwe mu gihugu ca Gabon. Kuri uyu wa kane waraye uheze, igenekerezo rya 4 Ruheshi niho Reta y’Uburundi…
Kizigenza w'umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba w'abatarenza imyaka 20 hamwe n'umugwi Aigle Noir yaguzwe muri Young Africans muri Tanzania. Moustapha Seleman akaba yashize umukono ku masezerano…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.