Umukinyi w'umusatirizi w'intamba mu rugamba Fiston Abdoulrazzaq yavuze ibanga bakoresheje kugira bashobore kunganya na Algeria igitsindo 1-1. Mu kiyago gito yagiranye na Indundi Sports Umusatirizi w'intamba mu…
Umumenyereza w'umurundi Ndayiragije Etienne yahawe amasezerano yo kumenyereza umugwi wo mu gihugu ca Tanzania. Ku musi wa gatatu igenekerezo rya 12 Ruheshi umwaka wa 2019 niho uburongozi bw'umugwi Azam Fc bwerekana…
Umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba waraye ushitse neza mu gihugu ca Tunisia. Kuri uyu wa kane igenekerezo rya 13 Ruheshi isaha indwi z'Umurango 13h00 niho umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba…
Umugwi nserukira gihugu w'Intamba mu rugamba ubandanya ushigikirwa muri wa mugambi bise Dushigikire Intamba zacu. Kuri uyu wa kane igenekerezo rya 13 Ruheshi umwaka wa 2019, isaha zitatu zo mugatondo ku kigo…
Umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba waraye unganije n'umugwi nserukira gihugu wa Algeria igitsindo 1 kuri 1. Kuri uyu wa kabiri waraye uheze igenekerezo rya 11 Ruheshi umwaka 2019 isaha zibiri z'ijoro…
Umwe mu bakunzi bakomeye b'umugwi nserukiragihugu w'intamba mu rugamba ariwe Asman benshi bazi kw'izina rya Mackalister yamaze kuronka itike yo kuja mu Misiri gushigikira umugwi nserukira gihugu w'intamba…
Umumenyereza w'Intamba mu rugamba Alain Oliver Niyungeko ahejeje gushira ahabona urutonde rw'abakinyi 11 b'intamba mu rugamba baza gutangura mu kibuga mu rukino rwa kivandimwe rugiye kubahuza na Algerie ruza…
Mugihe hasigaye amasaha ashika kuri 20 kugira umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba utane mu mitwe na Algerie mu rukino rwa kivandimwe rugiye kubera i Doha muri Qatar abakinyi batanu bamaze gusohorwa ku rutonde…
Kuri uno wa mbere igenekerezo rya 10 Ruheshi umwaka w’2019, umukuru w’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi Nyakubahwa Reveriyano Ndikuriyo yashitse i Doha mu gihugu ca Qatar aho yishikiye kuraba uko abakinyi b’umurwi…
Umugwi Inter Star waraye usubiye mu cicaro ca mbere inyuma y'umwaka umwe wari wakorotse mu cicaro ca kabiri. Kuri uyu wa gatandatu waraye uheze igenekerezo rya 08 Ruheshi umwaka wa 2019 isaha icenda z'umuhingamo ku…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.