Umugwi Simba Sc wo mu cicaro ca mbere mu gihigu ca Tanzania uriko uraba ingene wogura Saidi Ntibazonkiza mu kwezi kwa kigarama kugira aze gusubirira Clatous Chama amaze imisi ari mu mvune . Mu makuru twasomye ava mu …
Abakinyi 2 b’abarundi bakina Judo bari baserukiye igihugu mu mahiganwa ya African Open baraye batahutse. Kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 22 Munyonyo 2022 , niho abakinyi babiri b’abarundi bakina Judo bari baserukiye…
Umugwi w’Urunani waraye utsinze umugwi wa KPA wo muri Kenya muri ya mahiganwa ya Road to Bal Elite 16 ariko abera mu gisagara ca Johanesbourg mu gihugu ca Africa y’epfo. Hari kuri uyu wa kabiri…
Abanonotsi 5 bari bamaze imisi bari mw’ihiganwa ryo kwoga ( Natation) ryariko ribera mu gihugu ca Tanzania baraye batahutse mu Burundi . Hari kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 21 Munyonyo 2022 , aho abanonotsi 5…
Inyuma y’imyaka itari mike ikibuga ca Campus Kamenge kirariko kirakora kumvo z’uko cari camaze kwononekara, ico kibuga kigiye kunagurwa gushasha. Ivyo bikana vyaraye bishikirijwe na Adolphe Rukenganya mu kiganiro…
Ihiganwa ry’abigeme Lumitel Women’s League rigiye kubandanya kundwi igira 2, inkino zikaba zitegekanijwe uku gukurikira: Ku musi wa Gatandatu igenekerezo rya 19 Munyonyo 2022: - Isaha zitatu zo mugitondo 9h00 ku…
Umugwi nserukira gihigu Intamba mu rugamba uhejeje kunyagirwa n’umugwi nserukira gihugu wa Côté d’Ivoire mu rukino rwa gicuti. Kuri uwu wa gatatu igenekerezo rya 16 Munyonyo 2022 , niho umugwi nserukira gihigu…
Umugwi Musongati Fc ugiye kwakira umugwi Flambeau du Centre basanzwe basangiye intara mu rukino rw’indwi igira 12 rw’ihiganwa rya Primus League . Iyo migwi ibiri yo mu ntara ya Gitega isanzwe idacana uwaka bivanye n’uko ariyo…
Mu mpera z’indwi yaraye iheze , igenekerezo rya 12 Munyonyo 2022 ihiganwa ryo ku musenyi ryarabandanije ku ndwi igira 9 kuri Big One Way. - Umugwi Bibamba Beach watsinzwe n’umugwi wa Saga Sable ibitsindo 9 kuri 8 -Ku rundi…
Kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 13 Munyonyo 2022 isaha zitanu zo mugitondo 11h ku kibuga ca (CTN ) kiri mu Ngagara , niho hugururwa icese ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere ku ruhande rw’abagore , ihiganwa ryitiriwe izina rya…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.