Inyuma yo kumara igihe ata mugwi abarizwamwo, umumenyereza Harerimana Innocent Kambaranga abarizwa muri Moso Sugar. Kuri musi wa kabiri igenekerezo rya 16 Myandagaro 2022 , niho uwahoze amenyereza umugwi Flambeau du Centre…
Umukinyi w’inyuma afise umuvyeyi umwe w’umurundikazi n’uwundi w’umunya Rwanda Ndizeye Samuel, yahamagawe ubwa mbere mu mugwi nserukira gihugu w’Urwanda Amavubi ugiye kwitegurira inkino zibiri zo…
Kuri uyu w’Imana waraye uheze igenekerezo rya 14 Myandagaro 2022 isaha zine zo mugitondo 10h00 kuri Tropitel Hotel ku murwa mukuru wa poritike i Gitega, ikigo Fondation Pax Burundi cari kiramutse gitunganya ikiganiro ku…
Inyuma yo gutwara igikombe c'amahoro c’umwaka uheze , umugwi As Kigali ukinamwo abasatirizi babiri b’abarundi aribo Hussein Shabani Tchabalala hamwe na Landry Ndikumana waraye utahukanye igikombe ca Super League,…
Umukinyi Ramazani Largie w’imyaka 21 yaraye yinjije igitsindo ciwe ca mbere muri Laliga. Hari kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 14 Myandagaro 2022 , aho ihiganwa ryo mu gihugu ca Espagne (Laliga ) ryatangura icese . Umugwi UD…
Inyuma yo kuboneka mu rutonde rw’abakinyi PSG itazokwifashisha muri uno mwaka umukinyi Thilo Kehrer afise umuvyeyi umwe yamuka mu Burundi ashobora kwerekeza mu bwongereza. Thilo Kehrer vyavurwa ko ashobora kwerekeza muri…
Kuva mu mwaka w’i 1986 ashigikira umugwi Inter Star gushika muri kino gihe ntawundi mugwi arakunda wa hano iwacu atari Inter Stars. Uwo ni umwe mu bakunzi b’uwo mugwi yitwa Mufugutu Bruce . Mu kiyago gito yagiranye…
Ndikumwenyo Thierry , umurundi wa mbere anyaruka yaraye akoze amateka ku metero 3.000 Thierry yaraye afashe ikibanza ca mbere mu mahiganwa ya Diamond League yaraye abereye i Monaco mu Bufaransa, akaba yaraye agize umwanya…
Abakunzi b’umugwi Top Junior umubabaro ni wose inyuma y’uko ishirahamwe ELAGA risanzwe rikorera i Nyanza Lac mu Ntara ya Makamba riguze uwo mugwi. Uwo mugwi uzokorera mu ntara ya Makamba ukazotwarwa i Nyanza Lac nk'uko…
Umugwi Musongati Fc wagiraniye amasezerano na Volcano Express ishirahamwe ryunguruza abantu n’ibintu. Amakuru dukesha mugenzi wacu Ismail Kwizera Nahodha, ni uko Volcano izokwunguruza abakinyi ba Musongati Fc na Staff yose…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.