Inyuma yo gusezererwa mu mahiganwa ya Cambiasso Cup yari amaze imisi ariko abera mu gisagara ca Dar Es Salaam mu gice ca kabiri gishira icanyuma , Umugwi Tigre Noir the Warriors wo mu Ruyigi wahisemwo kuzana umumenyereza…
Inyuma ya Gaël Bigirimana kugurwa n’umugwi Young Africans wo mu gisagara ca Dar es Salaam mu gihugu ca Tanzania, umumenyereza w’uwo mugwi yateye amashurwe uwo mukinyi. Mu kiyago gito yakiranye na kimwe mu…
Mw'ihiganwa ryateguwe n'ishirahwe ry'umupira w'amaboko basketball rifadikanije n'amashirahamwe y'ubwishingizi (Assurance)hano mu Burundi, ihiganwa ryari ryahuje imirwi ine yari mu bibnza vyimbere…
L'équipe nationale de football du Burundi, les Hirondelles, des joueurs évoluant à l'intérieur du pays, a écrasé le Djibouti. C'était ce dimanche 24 Juillet 2022 lors du match aller quand les Hirondelles ont…
Inyuma y’ukwezi ashize umukono ku masezerano yo kumenyereza Espoir Fc yo mu gihugu c’Urwanda , birangiye Joslin Bipfubusa ahinduye iciyumviro yerekeza muri Tanzania . Joslin Bipfubusa akaba yashize umukono ku masezerano yo…
Umugwi nserukiragihugu w’Uburundi Intamba mu rugamba w’abakinyi bakina mu gihugu waraye uvyifashe neza mu gutsinda Djibouti . Hari kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 24 Mukakaro 2022 , aho umugwi nserukira gihugu Intamba mu…
inyuma y’umugwi nserukira gihugu Intamba mu rugamba gutsinda Djibouti ibitsindo 2 kuri 1 , Président D’honneur wa FFB Honorable Réverien Ndikuriyo , nawe nyene yari yishikiye kwirabira urukino rw’intamba mu…
Kuri uwu wa Gatanu igenekerezo rya 22 Mukakaro 2022, Uwurongoye ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi Générale de Brigade de Police Muyenge Alexandre ari kumwe n’icegera ciwe ca kabiri Mustapha Samugabo ,…
Uburozi mu mupira w'amaguru ni kimwe mu bintu vyemezwa n'abatari bake ko gihari Kandi gikoreshwa cane, ariko Hari bamwe batavyemera. Mc Billy n'umwe mu batavyemera ko bibaho, kuko kubwiwe ngo iyo ukinye…
Ikibuze hano iwacu ngo n'ugushira hamwe kw'abamenyeshamakuru kugira bashinge ikinyamakuru gikomeye. Ivyo bishikirizwa na MC Billy asanzwe Ari umumenyeshamakuru wa Sport hano iwacu. MC Billy mu kiyago na Juste Gael,…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.