Ku musi wa gatanu igenekerezo rya 12 Myandagaro 2022 i Geita mu gihugu ca Tanzania , umugwi Geita Gold uzoba ufise ibirori bidasanzwe vyo kwerekana icese abakinyi bawo bashasha n'abari bahasanzwe umusi witiriwe Geita…
Umugwi wo mu cicaro ca mbere ku ruhande rw’abigeme Fofila PF , wagiraniye amasezerano n’ibanki rya BCB. Kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 09 Myandagaro 2022 isaha icenda 15h00 ku kibuga c’ubuhinga CTN kiri mu Ngagara , niho…
Umugwi Flambeau du Centre watomboye kuzohura na Al Ittihad yo muri Lybia . Kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 09 Myandagaro 2022 niho hari haramutse haba Tombola y’ukungene imigwi izohura mu nkino za CAF Champions League…
Kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 09 Myandagaro 2022 niho hari haramutse haba Tombola yuko imigwi izohura mu nkino za CAF Champions League hamwe na CAF Confédération Cup. Umugwi Bumamuru uzohura na Fasil…
Ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi rifadikanije n’ishirahamwe ry’abamenyeshamakuru b’inkino mu Burundi AJSB ryatunganije inyigisho kubanditsi n’abamenyeshamakuru bazokurikirana Primus League 2022-2023. Izo nyigisho…
Inyuma yo kugirwa umuhinga muri Bumamuru(Consultant), umurundi Ndayishimiye Warren Chebby yaraye azanye umukinyi mushasha akina hagati avuye muri Diable Noirs wo muri Congo Brazzaville. Ahmed Ouattara…
Inyuma yo gutahukana igikombe ca Viva basketball League kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 07 Myandagaro 2022, umugwi Urunani waraye ugabiye abakinyi 5 imiduga n’umumenyereza wabo Kagabo Aaron . Abakinyi bashimiwe ni . -…
Kuri uyu w’Imana waraye uheze igenekerezo rya 07 Myandagaro 2022 ku kibuga ca Département niho umugwi Urunani wari waramutse ukinye urukino rwa nyuma rw’ihiganwa rya Viva Basketball League n’umugwi New Stars , urwo rukino…
Abakinyi 20 bazoserukira Uburundi mu nkino za Handball z’abadashikana imyaka 18 bazokina ihiganwa rya Africa rizobera mu Rwanda bamenyekanye. Akaba ari aba bakurikira : 1. Ajeneza Joe Fleury( Intwari HBC) 2.Bayubahe Yvan (…
Ndayishimiye Youssuf Nyange ari kumwe na Istanbul Basaksehir yo mu cicaro ca mbere baraye banyagiye umugwi Maccabi Netanya. Hari kuri uwu wa kane igenekerezo rya 04 Myandagaro 2022 , ihiganwa rya Europa League Conference…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.