Dr Patrice Motsepe asanzwe arongoye ishirahamwe ry’umupira w’amaguru muri Africa CAF , agiye kuza mu Burundi . Ivyo bikaba vyashikirijwe n’uwurongoye ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi Général de Brigade de Police…
Inyuma yo kurangiza amasezerano muri Messager Ngozi , umumenyereza Jimmy Ndayizeye yongeye gushirako umukono ku masezerano yo kumenyereza Messager Ngozi. Jimmy Ndayizeye akaba yaraye ashize umukono ku masezerano yo gusubira…
Umugwi Rayon Sports wo mu cicaro ca mbere mu gihugu c’Urwanda wasezereye abakinyi bagera kuri 6 harimwo Nizigiyimana Abdoul Karim Makenz. Ivyo Rayon Sports ikaba yabishikirije kuri Channel yabo ya Youtube . Abakinyi…
Neymar ngo akinjuye muri PSG ntiyobura uwundi mugwi ukenera kumwiyegereza, ivyo bishikirizwa na Rivaldo, umunya Bresil mugenziwe. Mu kiganiro, uwo mukinyi wa kera w'umugwi nserukiragihugu wa Bresil, yahaye ikinyamakuru…
Icegera ca Kizigenza w’Intamba mu rugamba Gaël Bigirimana ahejeje gushira umukono ku masezerano yo gukinira umugwi Young Africans mu kiringo c’Imyaka 2. Manager w’Intamba mu rugamba Mutima Constatin , ari nawe yagize uruhara…
Mu gihe umugwi wo mu gihugu c'ubufaransa Paris Saint Germain wamaze gutangura imyimenyerezo, bakoreshejwe n'umumenyereza wabo mushasha, Christophe Galthier, ngo hari abasore bamwe bamwe bariko berekwa inzira…
Umugwi Young Africans wo mu gisagara ca Dar es Salam uri mu nzira yo kugura abakinyi bashika kuri batanu harimwo icegera ca kizigenza w’Intamba mu rugamba Gaël Bigirimana. Amakuru twasomye mu binyamakuru vyo mu gihugu ca…
Lionel Messi nawe ngo ashobora kuba Ari mu gitigiri c'abakinyi ba PSG bashobora kuzinga ivyabo bagakinjura uwo uwo mugwi muri iri ci. Muri ino misi, umukinyi w'umunya Bresil, Neymar Jr, amaze gushirwa mu gitigiri…
Mu gihe Sadio Mane yaseseye Liverpool, akerekeza mu budagi muri Bayern Munich, Mohamed Salah wewe yemeye kubandanya arikumwe n'uwo mugwi. Kuri uyu wa 5, niho umunya Egiputa, Mohamed Salah, yashira umukono ku masezerano…
Kuri uwu wa Kabiri igenekerezo rya 28 Ruheshi 2022 , Umutambukanyi w’Umukuru w’Igihugu, Angeline Ndayishimiye yaramutse agendera abigeme bakina mu murwi nserukiragihugu Intamba mu rugamba aho bakorera imyimenyerezo ku kigo…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.