Umugwi Bumamuru Fc uzoserukira Uburundi mu nkino za Caf Confédération Cup watanguye kwiyubaka . Kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 27 Ruheshi 2022, niho umugwi Bumamuru Fc wo mu cibitoke wasinyishije abakinyi bashika…
Naho umugwi Aigle Noir CS waraye unyanyiwe na KCCA yo mu gihigu c’Ubuganda , uwo mugwi waraye wandikishije amateka y’uko ariwo mugwi wa mbere wo mu Burundi , ufise amateka yo kwuzuza ikibuga Nkurunziza Peace Park Complex…
Umugwi Glentoran wasezeye umukinyi wo hagati w’intamba mu rugamba Gael Bigirimana. Mw’itanganzo uwo mugwi washize ku mugaragaro, werekanye y’uko amasezerano hagati ya Glentoran na Bigirimana Gael azorangira mu ndwi iza. Uwo…
Inyuma y’amezi agera kuri 8 ashomereye , umukinyi w’inyuma w’intamba mu rugamba Marco Weymans yaronse umugwi. Marco Weymans akaba agiye gukinira umugwi wo mu cicaro ca kabiri mu gihugu c’Ububirigi witwa Koninklijke Beerchot…
Umumenyereza Bipfubusa Joslin yaraye ashize umukono ku masezerano yo kumenyereza umugwi Espoir Fc wo mu gihugu c’Urwanda. Joslin akaba yashize umukono ku masezerano yo kumenyereza uwo mugwi mu kiringo c’imyaka itatu. Bimwe…
Umugwi Bumamuru Fc wo mu ntara ya Cibitoke wasinyishije umumenyereza Vivier Bahati yahora amenyereza mu gihugu ca Tanzania , umugwi wa Biashara United . Vivier Bahati akaba azofashanya na Nduwantare Jean Marie Ismail yahora…
Nk’uko vyama buri kwezi , ishirahamwe ry’umupira w’amaguru kw’isi FIFA ryama rishira ahabona ingene ibihugu bisumbasumbanya ibibanza kw’isi , Uburundi bwisanze mu kibanza ca 140 mugihe bwari mu kibanza ca 139 , bukaba…
Mu ntumbero yo kuguma hafi y'urwaruka rukiri ruto Warren Shebby umurundi asanzwe aba mu gihugu c'Ubwongereza kuri uyu w’Imana uheze igenekerezo rya 19 Ruheshi 2022, yari yishikiye kuri Stade Gatwaro murukino…
Hari kuri uyu wa Gatanu Igenekerezo rya 17 Ruheshi 2022 , Isaha cumi na zibiri zo kumugoroba ( 18h00) mu karotiye kabondo ku kibuga gito ca Football for Hope Center aharaye habereye ibiroro vyo…
Mugihe iyindi mirwi imwimwe iriko iritegurira igice ca kabiri co gusubiriza muri Viva basketball league umugwi New Star uriko uritegurira urukino rw'indwi yambere rwari rwaraye rwabahuza n'umurwi Urunani . Kuri uwu…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.