Ku musi w’Imana igenekerezo rya 15 Rusama 2022, Umurongozi Mukuru w’umugwi Athletico New Oil Academy , Niyibizi Ismail Apolinaire batazira apolo hamwe na Staff y’abarongoye umugwi wa Athletico New Oil Football Academy…
Viva basketball League ihiganwa rikuru ry'umupira w'amaboko Basketball mu burundi riteye ku ndwi yaryo ya kabiri,biboneka neza ko umugwi Gymkhana uhagaze neza cane kuko mu nkino zitatu bamaze gukina atanarumwe…
Ni umukinyi w'umurundi akina mu mugwi AS Kigali aho ariko arabikora neza cane, gutyo akaba ariwe ari mu kibanza ca mbere mukubona mw'igori akaba afise ibitsindo 15, akarusha uwakabiri ibitsindo 3 vyose. Ku mazina…
Haile Shalom yatsindiye agashimwe k'ukwezi kwa Nzero. Murangira Ramise yatsindiye agashimwe k’ukwezi kwa Ruhuma Tempo Jancy yatsindiye agahimwe ku kwezi kwa Ntwarante. Kanianga Patrick Banza yatsindiye agashimwe…
Mu gihe hamaze kumenyekana umusi w’iyugururwa ry’ikibuga ca Nkurunziza Peace Park Complex c’i Makamba , uwo musi nyene uzoba uhuriranye n’urukino rwa nyuma rw'ihiganwa ryitiriwe igikombe c'umukuru w'Igihugu,…
Ikibuga c’umupira w’amaguru Nkurunziza Peace Park Complex c’i Makamba kigiye kwugururwa. Abicishije ku rubuga Facebook , Honorable Révérien Ndikuriyo asanzwe ariwe yashinze umugwi Aigle Noir The Fighters yamenyesheje ko…
Umukinyi wa kera mu mirwi nserukiragihugu intamba mu rugamba na Vital’o Fc , Nduwayo Stanley yaryamiye ukuboko kw’abagabo . Dr Wilson asanzwe avukana n’umuhisi Nduwayo Stanley Maradona , avuga ko basanze yaguye mu…
Mu gihe umugwi w'umupira w'amaboko Urunani bariko baritegurira ihiganwa rikuru bitiriye Viva basketball hamwe no gutanga agashimwe ku mukinyi yigenjeje neza mu kwezi kwa gatatu,Urunani bamaze gushira ahabona ukwo…
Ihiganwa rikuru ry'umupira w'amaboko Basketball mu Burundi buca ritangura ,iryo higanwa rikuru bitiriye Viva basketball League aho bukera rikazoba ritanguranye inguvu kuko imirwi nka yose yo muri FEBABU yamaze…
Umukinyi wa kera wa Vital’o Fc Godefroid Okoko niwe agiye kuza arafasha kumenyereza Umugwi Aigle Noir CS , Umugwi yigeze kumenyereza kera . Godfoird Okoko akaba yahora amenyereza umugwi Namungo Fc wo mu cicaro…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.