Imisi mike gusa inyuma yaho uwahahora abazwa ivyo gutunganya amahiganwa y'ikino z'umupira w'amaboko Basketball Dr Frank Bujeje abogorejwe ahowe ko atatunganije neza ayo mabanga, yarajejwe ngo mukwerekana…
Kizigeza w’intamba mu rugamba Saido Berahino yatsindiye agashimwe k’umukinyi w’ukwezi kwa Ntwarante kuko yavyitwayemwo neza gusumba abandi mu mugwi wa Sheffield Wednesday wo mu cicaro ca gatatu mu gihugu c’Ubwongereza . Ako…
Icegera ca Kizigenza w’intamba mu rugamba Gael Bigirimana niwe mukinyi wa mbere wo muri kano karere ka East Africa yatanguye gukina ihiganwa rya Premier League ryo mu bwongereza. Ivyo bikaba vyaraye bishikirijwe na Kizigenza…
“Aboba bavuga y’uko ihiganwa nkinamwo ryo mu cicaro ca gatatu ari rito , baraza barikoremwo nabo turabe”. Ayo majambo akaba yaraye ashikirijwe na kizigenza w’intamba mu rugamba Saido Berahino mu kiganiro yaraye akoranye na…
Ukubura uburambe buke (Expérience), mu mahiganwa ya CAN 2019, ngo biri muvyatumye umugwi nserukira gihugu Intamba mu rugamba utavyitwaramwo neza. Ivyo bikaba vyaraye bishikirijwe na Kizigenza w’intamba mu rugamba Saido…
Mu gihe muri uku kwezi buca dutangura kwa gatanu, umukinyi Ntibazonkiza asanzwe akinira umugwi wa Yanga African azorangiza amasezerano afitanye n'uwo mugwi, abantu batanguye kwibaza iyo azoca yerekeza. Big Fizzo co…
Mu mahiganwa ya Platformshow awards y'uwu mwaka wa 2022, ngo hashobora kujamwo igice c'abakinyi bakina hanze y'igihugu. Mu kiyago cabereye kuri Instagram, umukinyi w'umupira w'amaguru, Saido…
Zinedine Zidane asanzwe muri kino gihe ata mugwi numwe ariko aramenyereza kuva avuye muri Real Madrid, uwo mumenyeshamakuru ntareka kuvugwa cane mu binyamakuru ku mugabane wa buraya. Mu misi iheze hari impari ku nzira azohava…
Nk'uko mubizi ihiganwa rya Viva Basketball League ryari ryitabiriwe n’imigwi 10 ni ukuvuga imigwi 6 yo mu gisagara ca Bujumbura hamwe n’imigwi 4 iva mu ntara hagati. Muri iryo higanwa rya Viva Basketball League imigwi…
Dr Franck Bujeje yari asanzwe atunganya amahiganwa mw’ishirahamwe rya Basketball mu Burundi FEBABU yakombowe. Nk'uko tubisoma mw’ikete ryateweko umukono n’uwutwara ishirahamwe rya Basketball mu Burundi, FEBABU ,…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.