Inyuma y’aho umugwi Flambeau du Centre utsindiye Bumamuru ibitsindo 2-0, abakunzi b’uwo mugwi baciye bashimira abo bakinyi . inyuma y’urwo rukino umwe mubasanzwe batwara umugwi Flambeau du Centre Honorable Georges…
Kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 10 Ndamukiza 2022, niho hari haramutse haba ihiganwa ryo kwiruka ryitiriwe izina rya Zurich Marathon. Umunonotsi w’umurundi Olivier Irabaruta yaraye aronse uburenganzira bwo kuzokwitabira…
Abigeme b’intamba mu rugamba bibutswe na CNO. Ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 09 Ndamukiza 2022, igisata mpuzankino CNO cari caramutse gitanga ubushimwe ku banonotsi bigenjeje neza mu Burundi. Mu bushimwe bwatanzwe na…
Kuri uyu w’Imana waraye uheze igenekerezo rya 10 Ndamukiza 2022, isaha zibiri zo mu gitondo (8h00) kuri Olympafrica mu Kanyosha , niho haraye hasozerewe ihiganwa ryo gusiganwa biruka ( Athletisme ) ku rwego rw’igihugu. Aba…
Ni amwe mu mahiganwa ishirahamwe ry'umupira w'amaboko Basketball batunganya,muri ayo bamaze gutegura ihiganwa rito ryo gutegura ihiganwa rikuru bitiriye Viva basketball League rigiye gutangura mumisi Iza.…
a Vyamaze kumenyekana y’uko umumenyereza wa Top Junior Sahabo Pariss ariwe yatsindiye agashimwe k’umumenyereza w’ukwezi kwa Nzero 2022 yigenjeje neza gusumba abandi. Uku niko basumbanya amanota: 1) Top Junior : Amanota 10…
Mu gihe ihiganwa ry'umupira w'amaboko Basketball ryo kurondera imigwi cumi izokwitabira ihiganwa rikuru bitiriye "Viva basketball League" riherutse gusozerwa,ishirahamwe ry'umupira w'amaboko…
Inyuma y’indwi n’igice habaye akajagari ku kibuga Intwari , mu rukino rw’igice 1/4 gishira ica nyuma c’igikombe c’umukuru w’igihugu cahuje Vital’o Fc na Bujumbura City , umugwi Vital’o Fc wahavuye uhanwa . Kuri uyu wa kabiri…
Inyuma y’indwi zigera kuri 3 z’akaruhuko yari yahawe n’umuganga wa Young Africans kubw’imvune , Saido Ntibazonkiza yatanguye imyimenyerezo n’abandi . Kuri uyu wa mbere waraye uheze igenekerezo rya 04 Ndamukiza uwo mukinyi…
Mw'ihiganwa ritegura ihiganwa rikuru ry'umupira w'amaboko Basketball bitiriye "Viva basketball League", iryo higanwa rizokwitabirwa n'imigwi 6 yo mugisagara ca Bujumbura n'imigwi 4 yo…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.