Mu mupira w'amaboko Basketball mu Burundi ibintu bisa naho biriko birafata inzira nziza kuva aho iryo shirahamwe rihawe kurongorwa n'umukozi w'Imana Apôtre Jean Paul Manirakiza, nawe agafata iryo shirahamwe…
Umukinyi Landry Ndikumana yabaye uwakarorero mu murwi Urunani niwe yawe imodoka ni Banki BBCI. Iyo modoka yo mu bwoko bwa Toyota Spade Dark Brown yahawe Landry nk'umukinyi yaranze ukwezi kwa mbere 20222. Landry Ndikumana…
Tuvuze umuririmvyi afise indirimbo nyinshi mu baririmvyi bo mu Burundi Lolilo atabaye uwambere yoba mu bambere. Collabo zo mu gihugu no mu makungu zose arazifise nyinshi. Ngo n'uwanka urukwavu aremera ko rwiruka,…
Eric Nzikwinkuda ni umunonotsi w'umurundi akaba yavukiye mu ntara ya Bururi komine Matana umusozi Ruzira. Eric amashure mato mato yayize aho mu Ruzira akaba yabandanirije amashure yisumbuye mu Ntara ya Makamba,amaze kuva…
Umukinyi Saidi Ntibazonkiza ntari ku rutonde rw’abakinyi 25 b’intamba mu rugamba bazotana mu mitwe na Bahrein hamwe na Libéria. Icatumye Saidi Ntibazonkiza adahamagarwa ni imvune yari amaze imisi afise , akaba kandi anafise…
Kuri uyu wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya 16 Ntwarante 2022, umumenyereza w’Intamba mu rugamba Jimmy Ndayizeye yaraye ashize ahabona urutonde rw’abakinyi 25 azokoresha mu nkino zibiri za kivandimwe Uburundi bwimirije…
Naho bivugwa ko Cristiano Ronaldo ataryohewe muri Manchester United, inyuma y'igihe gito cane agarutse muri uwo mugwi wamubonye akura, ngo ugukinjura kwiwe muri uwo mugwi kwoba kutaratomoka neza. Uwo mutsinzi wa Ballon…
Mw'ihiganwa ritegura ihiganwa rikuru ry'umupira w'amaboko Basketball bitiriye "Viva basketball League", iryo higanwa rizokwitabirwa n'imigwi 6 yo mugisagara ca Bujumbura n'imigwi 4 yo mu…
Umugwi nserukira gihugu w’Uburundi Intamba mu rugamba ugiye gukina inkino zibiri za kivandimwe muri uku kwezi kwa Ntwarante. Urukino rwa mbere Intamba mu rugamba izokina na Bahrein i Manama igenekerezo rya 26 Ntwarante 2022,…
Mu gihugu ca Égypte hariko habera inama y'abanonotsi kw'isi yose izomara imisi 2 kuva kw'igenekerezo rya 12 na 13 Ntwarante. Iyo nama yatunganijwe n'ishirahamwe ry'abanonotsi kw'isi yose AMO…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.