Bibaye arivyo, abaganga boba aribo nyendamuvamo w'ubucuti bukomeye bunuganugwa hagati ya Diamond na Lynn. Kuva Diamond Platnumz na Lynn bari mu gisagara ca Dubai bose umwanya umwe ngo biteye amakenga menshi, ivyo…
https://www.youtube.com/watch?v=vY0dXogOZoE
Kidum abona ko kurabwa cane kuri YouTube bitotuma umuntu aduza itugu, kuko biterekana ko uzi umuziki gusumba abandi. Nimbona Jean Pierre benshi bazi nka Kidum ngo ukurabwa cane ku mbuga ngurukanabumenyi nka YouTube…
Linel kundirimbo zibiri gusa amaze gukora inyuma y'amezi make atanguye akazi ko kuririmba indirimbo zihayagiza Imana agiye gusohora iyindi izoza iremesha abantu boye kwihebura uko biri kwose. Linel Barutwanayo impano…
Francis Muhire ati:"Ba sokuru barayamaze bati:" Iyija kurisha, ihera ku nama". Burya, ikibazo co kumenya "color" y'umuziki wacu, wocibajije mbere y'umunsi wa mbere uja muri studio ubwa…
https://www.youtube.com/watch?v=vwtFiLShHp8&feature=youtu.be
Ukumara umwaka atagikorwa agaragaramwo Clementine Kavy ashobora gusohora indirimbo iheraheza uno mwaka, indirimbo ishobora kuzoza giturumbuka ku bakunzi b’umuziki. Inyuma y'ukwandika amajambo aciye kuri rwa rubuga…
Inyuma y'umwaka wose atanguye akazi ko kuririmba, Carolight niryo zina ry’indirimbo igiye gusohoka mu misi ya vuba isohowe n’umuririmvyi Drama T. Drama T, umuririmvyi akiri mushasha asazwe ava mu ntara ya Muyinga…
Umuririmvyikazi w’umurundi Natacha abandanya avyifatamwo neza mu bihugu vya EAC na cane cane mu gihugu c’Ubugande aho yaheruka gukorana na Fik Fameica wo muri ico gihugu nyene indirimbo Unaionaje, ubunaho akaba yasubiye …
Inyuma yikiringo kitarigito ataboneka kandi afise ubuyobozi bumufasha ivyakazi kumuziki haba kuruhande rw’indirimbo canke amasanamu ni Bain Turo agiye gusubira kugaragara mukazi kiwe . Abicishije kumbuga asazwe akoresha…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.