Yves Bébé ni umwe mu baririmvyi basazwe baririmba indirimbo zirimubwoko bwa Gospel hano iwacu. M'urukurikira rw’indirimbo aheruka gushira ahabona nk'uko abituyagira aratubwira indirimbo yakunzemwo kurusha izindi…
Inyuma y'ikiringo kitari gito Emery Sun aracarindiriye umwanya mwiza ngo asohore urundi ruririmbo ruzosohokana n'amasanamu yago. Ongereza niryo zina ry'ururirimbo umuririmvyi Emery Sun agiye gusohora aho…
https://www.youtube.com/watch?v=Qx6K0luw-x8
Inyuma yo gukorana indirimbo n'umutazaniya ariko avyifatamwo neza muri kino gihe ariwe Asley, ni Sat-b, habonetse isanamu muri Tanzaniya ari mu bibanza bisa nk'aho hariko hakorerwa ikindi gikorwa c'amasanamu.…
Inyuma y'ikiringo c'umwaka wose mu Burundi ata Miss Burundi ahari, Miss Burundi Event yabagarukaniye Miss Burundi 2019. Igikorwa co kwiyandikisha mubazohiganirwa kuba Miss Burundi 2019 caraye gitanguye gitangujwe…
https://www.youtube.com/watch?v=901fDigZQkc&feature=youtu.be
Inyuma y’urugendo runini yakoze mu gihugu ca Tanzania abarizwa mu gisagara ca Bujumbura aho yashika kur’uyu w’IMANA 20/10/2019 biboneka ko yari yiteguriwe cane n’abakunzi biwe n’umuziki w’Uburundi muri rusangi naho akavura…
https://www.youtube.com/watch?v=csixGY8J65M&feature=youtu.be
Kubwo kutaboneka cane mu bikorwa vya Label Clementine Kavy abeshi bibaza ko atakiyirimwo bikaboneka ko ariko aragara yandika amajambo ku rubuga rwiwe rwa Facebook ibiriko bitera amakenga meshi abakunzi b'umuziki ndundi…
Haba Sat-B canke Big-Fizzo abo babiri bonyene ntaho boshobora gushikana umuziki w’Uburundi haba mubihugu duhana akarere eka no mumakungu harakenewe abandi baririmvyi bakiri bato beshi kugira bafashanye urugendo. Harikuri uwu…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.