Vichou Love yagarutse ku ndirimbo Sorry aho avuga iciyumviro iyo cavuye, akavuga ko yayikuye ku nkuru y'ivyabaye ku muntu. Vichou avuga ko hari Umuntu yitwaye nabi imbere y'umuryango wiwe ngo nuko yamaze kugira ico…
Tetero yatewe ivyatsi impande zose, haba mu bamenyeshamakuru, abaririmvyi, eka no mu batwara ibinyamakuru bitandukanye. Igituma ni urwandiko yashize ku rubuga rwa Twitter. Umwana w'umukobwa Tetero aheruka gutsindira…
https://www.youtube.com/watch?v=QHWMK_zMZcQ&fbclid=IwAR2cx8kO28RCbbdTuf-fvwpEzBCXMNEWdxaXJ5xcK2Lb6848G6vt6uHETDo
Inyuma yo gutahukana agashimwe k' ihiganwa Primusic, umwigeme akiri muto cane Laurette Tetero abandanya kuvugisha abantu benshi, bikanabonekamwo n'ukutumvikana ku bamukurikirana. Abaserukizi b'ikinyobwa Primus…
https://www.youtube.com/watch?v=LBvwp0B3TZ8
https://www.youtube.com/watch?v=zuoiX_gbNzA&feature=youtu.be
Inyuma y'ivavanura rya Pro. Endo Mike n’inzu y’ubuhinyanyuzi ariyo Bantu Bwoy ubu ngo atakinyegezwa abarizwa muri iyo nzu Mugihe bamwe bavuga ko bashobora kuba baravanye bivanye n’agashahara koba kadatangwa neza muri iyo…
Ukutabonwa kumwe na management y'umuririmvi Vichou kuvyo basazwe bariko baramukorera yoba ariyo ntandaro yavyose. Ni inyuma y'aho umuririmvyi Vichou asazwe ari mumurwi Peace and Love asohoreye ururirimbo yise Sorry…
Imbere y'ishengero ry'abantu barenga ibihumbi bitatu, Kuruka Chama yarerekanye ubushobozi n'ubukomezi bafise mu gucanga imidiho kavukire kumwe na mva mahanga. Hifashishijwe ibicurarangisho kavukire…
https://m.youtube.com/watch?v=S0fpP_8p378
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.