Kuba Christiano na Messi batakiri kumwe mw'ihiganwa rimwe, Christiano yerekanye ko afise kinini yahomvye. Christiano aremeza ko hagati yiwe na Messi hari imigenderanire myiza cane, naho batarabasha gusangirira hamwe na…
Tanasha nawe yahambije Zarinah Hassan mu kuvuga ko Diamond abandanije aja mu bandi bagore, azovavanura nawe. Tanasha yihindukije mw'ijambo, aho ubu naho avuga ko ata gahunda afise yo kugumana na Diamond mu gihe yoja mu…
Umwana yabuze arikumwe na Diamond agiye kumuronka ku wundi, kuko ubu ngo bishoboka. Wema sepetu ngo abaganga bamaze kumaha icizere ko ashobora kuronka umwana mu myaka, mu gihe yoba avyipfuza. Wema akaba abishikirije mu gihe…
Naho amakuru y'ubugeni bissosso bivurwa ko ashobora kuba yakoreye i Bujumbura yari yakwiragijwe i kigali, Bissosso yabibeshuje. Dj Bissosso yahakanye ayo makuru avuga ko yakoreye ubugeni i Bujumbura. Ayo akaba ariyo…
Yambaye umwambaro urimwo amabara y'ibendera ry'igihugu c 'u Burundi, ndetse afise n 'ibendera mu ntoke Mkombozi yarabiciye biracika. Imbere y'ishengero ry'abantu bagizwe n'abaganda,…
Kwubaka ikibanza nka Kigali Arena ngo n'ikintu kitobananira na gato, ivyo n'ibishikirizwa na Diamond Platnumz ngo igikenewe n'ikibanza gusa. Kuva aho aviriye i Kigali mu giteramo, Diamond Platnumz ngo ico…
Ugukundana vyo ngo nta birimwo, ariko ngo n'incuti za hafi cane kandi banafise ibikorwa basanzwe bakorana binarimwo ivy'umuziki. Mu gihe vyavuzwe cane ko Iry Tina yoba asohokana n'umwe mu bari bagize umurwi P…
Ivy'ikinjura rya Harmonize muri Wasafi vyahavuye bishirwa ahabona, ubu uwo muririmvyi ngo hari ivyo yamaze gusaba uburongozi bwa WCB. Uno musi ngo mubabarizwa muri WCB, Harmonize ngo ntarimwo, ivyo vyashikirijwe na…
Ukuba ashobora kuba aja mu bandi bakobwa ngo ico s'ikibazo kimuraba, mu gihe we amufata neza, ivyo n'ivyo Tanasha yashikirije kuri Diamond Platnumz umukunzi wiwe. Tanasha Donna ngo nta kibazo bimutera nimba Diamond…
Q boy ngo iyaba ari nawe ntiyari kureka gushiramwo agashari, amaze kubona ko indirimbo yanse kujamwo ibaye nziza kandi iriko ishika kure yaho yibaza. Inyuma y'umwanya utari muto ata kivurwa ku ndirimbo Q Boy yakoranye…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.