https://youtu.be/Xwhu5TnaNb4
Nziza Desire ngo abantu nibitege ibikorwa vyiwe vuba, kandi ngo hari n'umuririmvyi wo mu bwongereza bagiye kuzokorana indirimbo. Agacerere yaragize imisi arimwo ngo gasigurwa nuko yashatse gusigira ikibanza abakiri…
Umusore arikumwe mu rukundo na Ebitoke muri kino gihe ngo n'umusore yuzuye atandukanye n'abandi, kandi ngo amukorera ibintu vyose Ku buryo amwita umugabo wiwe naho batararushinga. Ebitoke ngo ashobora gukina ivyo…
Iry tina ngo Ibihimba vy'umubiri wiwe ngo ntabikunda kumwe, hari ivyo abona ko birengeje ubwiza. Ariko akemeza ko muri rusangi ataco bagaya ahagaze. Naho Tina yemeza ko ibiri ku mubiri wiwe vyose ataco bibaye, kuko…
Shaddy Boo ngo n'icamamare nkawe, bamenyanye biciye kuri Instagram kandi amweretswe na Manager wiwe, Sallam SK, anamutumira mu biteramo muri Tanzania. Nta bucuti budasanzwe buri Hagati ya Diamond na Shaddyboo Boo, ivyo…
Naho adahakana canke ngo yemeze ko arwaye iyo ngwara yagirizwa, Wema mu mvugo yiwe yishurana n'akanyamuneza ko muri kino gihe umuti wamwanse. Igabanuka rya Wema Sepetu ryatanguye gutuma haba impari nyinshi. Igituma ngo…
Mu giteramo co kuri uyu wa mungu ntihazumvikana indirimbo za Wanajeshi za kera gusa, kuko ngo na nshasha zizumvikana kandi zitari nke. Hampande y'igiteramo bariko barategura kuzokora, umurwi Wanajeshi Kamili umenyesha…
Uko abarundi bakumbuye Alikiba, ngo Niko nawe abakumbuye. Naho agize igihe mu gacerere ngo agiye kukavamwo, anahakorere igiteramo. Uburundi ngo ni bwitege Alikiba, naho amaze igihe mu gacerere. Umuzo wiwe ngo azoba azaniye…
Tanasha yatanguye gushira ahabona amashusho yerekana imbanyi yiwe bivurwa ko isigaje igihe gito, nayo ivyamamare ntivyaretse kugira ico bizivuzeko. Inyuma y'uko Diamond amenyesheje ko umukunzi wiwe buca yibaruka, uwo…
Aunt Ezekiel ngo mu migambi afise ntawo kurongorwa urinwo, ariko gukurikiza kwo ngo nubwo boyimutera mw'ijoro nta kibazo yobibonamwo. Mu gihe yugurura akabare kiwe, Aunt Ezekiel yigeze kuba umukunzi w'umwe mu…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.