https://www.youtube.com/watch?v=7YCSXVIslqU&feature=youtu.be
kuri uno wambere igenekerezo rya 24 Ruheshi niho umuririmvyi Nsengiyumva Minani Félicien azwi cane nka Maréchal Femi de j'Abat yashika kukibuga c'indege ca Bujumbura ingihe c'isaha indwi z'umuhingamo…
Natacha yaraye aguze CD yamugenziwe Masterland 1.000.000 w'amarundi kuri Lacosta Beach,inyuma yayandi yasazanje mubakuzi b'umuziki baraho. Hari kuri uyu wamungu igenekerezo rya 23 Ruheshi aho haba igiteramo…
https://www.youtube.com/watch?v=gcz911_oHvg&t=16s
Hamissa ntavuga rumwe n'abantu babona ikibazo kuba Diamond aheruka gushira kuri Instagram foto y'umwana bavyaranye, naho yabiheruka kera. Ivy'ishirwa kuri Instagram ry'umwana wa Mobeto na se, vyahavuye…
Naho afise abagenzi benshi, Big Fizzo yemeza ko hari abatari bake amaze gukura muri ico gitigiri, n'abasigaye bafise umunwa muremure ngo arabazi ku mutwe. Big Fizzo aheruka kuvuga ko hari indirimbo iri mu rukurikirane…
https://www.youtube.com/watch?v=7Vxv889o23o&t=10s
https://www.youtube.com/watch?v=YeVlABRyEWY
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.