Zari ntabona kumwe n'abavuga ko aba mu nzu ya Diamond muri Afrika y'epfo, nayo we avuga ko afise izitari nke muri ico gihugu ca Mandela. Abantu bavuga ko inzu abamwo muri afrika y'epfo ari iya Diamond ngo…
Kidum avuga ko abarundi n'abanyacongo bo muri Kivu ya ruguru na Kivu y'amajepfo bagize umuryango umwe. Kidum hampande y'abarundi, yatanguye gutumira n'abanya Congo ngo nabo bazitabire igiteramo buca…
Umwigeme azakira Diamond Platnumz avuye I Bujumbura ntaramenyekana. Impari rero ni zose Ku mbuga ngurukanabumenyi kuri uwo mwigeme ashobora kuzomwakira. Impari ni zose Ku mbuga ngurukanabumenyi I Kigali kubera umukobwa…
Ikibazo c'umutekano ngo nico kimubujije kuzoza I Bujumbura mu giteramo bari bamutumiyemwo. Shaddy boo nawe ngo ntazoteramisha abarundi nkuko yari yavyemeye mu misi iheze abicishije Ku rubuga rwiwe rwa Instagram. Ico…
R flow na Lolilo bari muri 5 bagendanye na Chany Queen, ariko umwe muribo babasha kuronka icamwa c'urukundo rwabo. Uno musi Chany Queen nta muhungu agira mu buzima bwiwe, umukunzi, igituma ngo nuko atigeze agira…
Naho bigoye kwemera bivuye kuri Kigingi muri bino bihe, ngo ivoka yoba ariyo ntandaro y'ugusa neza kwiwe. Mu gihe yaganira yatanga ikiganiro kuri imwe mu mboneshakure za hano iwacu, Kigingi yavuze ibanga rimutera gusa…
Aba Tanzania batanguye kurya umusaya inyuma y'ukubona ko akaririmbo Davido yakoranye na Chris Brown buca gashirwa ahabona. Aba Tanzania batanguye kwibaza indirimbo ya Diamond na Lil Wayne yavuzwe ko izosohika aho igeze.…
Isokomusic n'urubuga rw'uwitwa umuririmvyi uwariwe wese w'umurundi, yaba uwuririmba indirimbo zihimbaza Imana, canke izikunze kwitwa ko ari iz'isi. Isokomusic n'urubuga rugiye kugurisha umuziki…
https://www.youtube.com/watch?v=d_oWRxTGofw
https://www.youtube.com/watch?v=Z3POp_RjOTI
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.