https://www.youtube.com/watch?v=sX2O8wu7GkE&feature=youtu.be
YKEE BENDA i Bujumbura ku butumire bwa mugenziwe w'umuririmvyi Masterland agiye kugaragara i Bujumbura mu giteramo. YKEE BENDA umuririmvyi w'umuganda akaba n'umwanditsi w'indirimbo nyinshi zakunzwe cane…
Ihiganwa rya Primusic ryatanguriye mu Ntara ya Cankuzo kuri ino ndwi ya kabiri igenekerezo rya 28 Rusama aho ubonako hahindutse umu ambassadeur kuruhande rw'abigeme akaba yari umuririmvyikazi Miss Erica,akaba azoba…
Ku ndirimbo zitarinke zakunzwe Miss Erica agiye kuryohera abakunzi biwe mw'ihiganwa rya Primusic kuri ino ndwi igira kabiri ihiganwa rya primusic ritanguye Umuririmvyikazi Belle9ce Ingabire inyuma yo kumara indwi ya…
Fabelove aragabisha B Face kundirimbo aheruka gusohora Passport ngo akaba yaratukanye ngo rabizi ko atakumwihanganira Fabelove inyuma y’indirimbo I’m Sorry yakoranye na Linah Blanche avuga ko mu gihe yoheza kumviriza neza…
Ikibanza ca Yoya Jamal mu muziki ndundi ngo kiracahari, nayo kuvuga ko Mb Data yamusubiriye, ngo n'ukumusubiza hasi. Abatari bake ngo bavuga ko umuririmvyi Yoba Jamal yoba yarasubiriwe mu muziki ndundi, uwamusubiriye…
Jamal ngo yabuze mu bwongereza abahinyanyuzi batahura imidiho aririmbamwo, nayahandi ngo aba yarabandanije asohora. Yoya Jamal naho adatomora, aremeza ko hari indirimbo nshasha ariko arategura gushira ahabona mu misi ya…
Urugendo rwa Lolilo muri Tanzania rwamuteye kubona kure n'uburyo bacamwo amafaranga muri ico gihugu. Urugendo rwa Lolilo mu gihugu kibanyi ca Tanzania, rwamuviriyemwo vyinshi. Ivyo n'ivyo aheruka gushikiriza mu!-->!-->!-->!-->!-->…
Kubwa Don Brigther Fire Fire ngo niryo zina yakunze ko yokwita indirimbo izosohoka kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 25 Rusama. Don Brighter umuririmvyi w’umurundi asazwe aba muri Leta zunze ubumwe za Amerika neza na!-->!-->!-->!-->!-->…
https://www.youtube.com/watch?v=KD9vPrbXPjI
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.