Mt number one ngo kuba atigeze atinya gushira amafaranga mu ndirimbo n'ikintu ciza n'abandi bokwirikiza. Ivyo bikaba bishikirizwa na Sat-b bakoranye indirimbo yabatwaye amafaranga atari make. Uno musi Sat-b yasubiriye!-->!-->!-->!-->!-->…
Kidum naho atashatse ko ishusho yashize ku rubuga rwa Facebook hagira ico bayivugako, ariko abamukurikirana bagize vyinshi bayivugako. Kidum yavuzweko cane ku rubuga rwiwe rwa Facebook, aho bariko bavuga kw'ishusho!-->!-->!-->!-->!-->…
Kigingi ngo ntashobora gutanga ubumenyi ku bandi bashaka gukora uwo mwuga, igituma ngo nuko nawe ngo hari vyinshi ataramenya. Mugenzi Aubin Alfred benshi bazi nka Kigingi ngo yarasanzwe abizi kuva kera ko afise ingabire!-->!-->!-->!-->!-->…
Chris Biz ntagifitanye amasezerano na Andyllairs, kubera ata kanya ko kumukurikirana afise bivanye n'ibikorwa uwo muhinyanyuzi afise muri ino misi. Ivy'ikinjura rya Chris Biz muri Label ya Andyllaire vyahavuye!-->!-->!-->!-->!-->…
Umuririmvyi wo muri Haiti niwe Kidum yakoranye akaririmbo nawe, ariko hakaba hataramenyekana ubutumwa buzoba burimwo, ariko kakazumvikanamwo igiswahiri n'igi Creole. Hagiye kwumvikana akaririmbo gashasha kazumvikanamwo!-->!-->!-->!-->!-->…
Mushiki wa Diamond Platnumz ntabona ikibazo gihari kuba musazawe agiye kurongora umukobwa afise imyaka mike kuriwe. Imyaka iri hagati ya Diamond na Tanasha nayo izanye agatosi mu bantu, uwo mwigeme ngo yoba ari muto cane!-->!-->!-->!-->!-->…
Naho hagize igihe haboneka umengo hariho ugufatana mu mugongo hagati ya Sat-b na Big Fizzo, Big we avuga ko badaherutse no kwandikiranira. Mu gihe hagize igihe haboneka ko hoba hari ugufata mu nda hagati ya Big Fizzo na!-->!-->!-->!-->!-->…
Kimwe mu vyatumye Wema atavyarira Diamond Platnumz, Ukuvyara, coba kigiye kubona umuti. Mu gihe Wema Sepetu aboneka cane nkaho yagabanutse mu bunini muri ino misi, aravuga ico vyavuyeko. Aho ni mu gihe bamwe babona ko!-->!-->!-->!-->!-->…
Kubwa Dudu ngo uwumaze gukura, ntasubira kuraba umwanya kw'isaha gusa gusa, ahubwo no muriwe arumva ko umwanya uriko uramujana. Mu buzima ngo haragera aho umwanya utawuraba kw'isaha ahubwo ngo uwumva muri wewe ko!-->!-->!-->!-->!-->…
Black g ntarya umunwa mu kuvuga ko yasohokanye n'umwigeme aboneka mu masanamu y'indirimbo Give me Love, ariko akavuga ko adashobora kwemeza nimba boba bakiri mu rukundo. Mu gihe hari hagize igihe havurwa ko umukobwa ari!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.