Diamond ngo yoba yaranduje Harmonize umugera w'ugufatanya abigeme aha na hariya. None Uwo mukunzi w'umu Taliyano ngo yoba asigaye afise umuhabara muri Kenya. Inyuma ya Diamond, Harmonise nawe ariko yagirozwa guca inyuma!-->!-->!-->!-->!-->…
Kigingi n'umukunzi wiwe Marina Kigingi ngo kuba atwenza cane nico gituma abakobwa batamwerekwa mu gihe aba ariko ashikiriza ikiri ku mutima, kuvy'urukundo aba yipfuza. Mugenzi Alfred Aubin!-->!-->!-->!-->!-->…
Wema Sepetu imbabazi yasavye kubera amashusho y'urukozasoni yasohoye yazihawe, ubu akaba agiye gusubira gukora ibikorwa bitandukanye bijanye n'amareresi. Mu gihe kuva mu kwezi kwi 10 kw'umwaka wa 2018, Wema Sepetu!-->!-->!-->!-->!-->…
Big Fizzo yakuwe mu gacerere avuga ku ndirimbo zamwibwe zigashirwa ahabona atabazi, anavuga ico vyamuteye. Mu gihe haheruka kwumvikana induru zitari nke z’umwe mu bihangange mu muziki ndundi avuga ku ndirimbo ziwe ziriko!-->!-->!-->!-->!-->…
Diamond Paltnumz ngo n'igisuma komvyo, kuko uburyo akora indirimbo ziwe aba yabwivye ku bandi baririmvyi barimwo n'abanyafrika. Nasibu Abdoul Jum ngo n'igisuma komvyo mu bijanye n'ugukora amasanamu!-->!-->!-->!-->!-->…
Diamond mu bwato aho yariko ahimbaza isabukuru ryiwe ry'amavuko arikumwe na bamwe mu batumiwe muri urwi rubanza, uwo barikumwe na Aunt Ezekiel yahoze ari umukunzi wiwe n'uw'umwe mu batamvyi biwe Bamwe mu bakurikiranira!-->!-->!-->!-->!-->…
B Face avuga ko abakunzi b’ibikorwa vyiwe bokwihangana atotanga urutonde rw’ivyo azoshikako uno mwaka wa 2019, ariko boza baramenya igikorwa aruko kibonetse, ariko iyo yipfuza ko izokurikira ngo n’iyo yakoranye!-->!-->!-->…
Uwakojeje agati mu ntozi ngo n’umuririmvyi mushasha muri Tanzania, aho yatumye Jackline Wolper atamba abantu bakarwa mu gahundwe. Jackline Wolper ngo vyaramunaniye kwihangana, ariko ashima gutamba mu bantu azunza!-->!-->!-->!-->!-->…
Indirimbo ya Sat-b Karabarya ngo yoba yaherahejwe n’amafaranga umuririmvyi Mt Number one yamuhaye ngo bakorane, Ivyo bikaba biheruka gushikirizwa n’uwahoze ari manager wiwe, Wanda Boy. Mu kiganiro yagiranye n’imwe mu!-->!-->!-->!-->!-->…
Naho yagerageza kwisobanura cane, Samusure avuga yemeza ko ashobora gukina amareresi y'urukozasoni. Umwe mu bakinyi bakomeye mu gihugu kibanyi c'Urwanda, Samusure yisiguye kuri bimwe mu biheruka kumwandikako ko!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.