Black avuga ko yari yarapfuye mu gihe atari akiboneka mu muziki, ngo ubu rero yarazutse. Black g yatanze ibisobanuro igituma mu gihe yari mu gacerere atanaboneka ku mbuga ngurukanabumenyi asanzwe akoresha. Mu kiyago na!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Abagizi ba nabi bari badukuyemwo Bruno SImbavimbere bamusanze imbere y'urugo mu kibenga, mu gihe yaratahutse. Kuri uyu wa 5 mw'ijoro, Bruno Simbavimbere benshi bazi nka Member ngo yaratewe n'abantu bitwaje!-->!-->!-->!-->!-->…
Diamond Platnumz ngo yoba ari mu yabira, kuko inda yateye Tanasha yoba itanezereye umuryango w'uyo mwigeme kubera batari bwarushinge. Diamond Platnumz ngo yoba yashizwe ku mugozi n'umuryango w'umwigeme Tanasha!-->!-->!-->!-->!-->…
Rayvanny ntarya umunwa mu kuvuga ko Diamond ameze nk’ikiraro abantu bose bashaka gutera imbere bacako baja kumenyekana. Buri muntu avuze Diamond Platnumz ngo aca amenyekana, Rayvanny akaba yabishikirije mu kiganiro!-->!-->!-->!-->!-->…
Michael Lulu avuga ko ibimuvurwako vyose ari ububeshi, aho agahera ku mbanyi gushika ku bugeni bumwagirizwa ko yoba aheruka gukora. Mu gihe amakuru aguma azunguruka hirya no hino avuga ko umukinyi w’amareresi Micheal!-->!-->!-->!-->!-->…
Lolilo ngo yakoze indirimbo n’ama Video menshi muri uno mwaka wa 2018, aho agaca ashirwa na Big Fizzo mu bibanza vy’imbere mu bakoze bigashimwa mui uwo mwaka. Big fizzo aremeza ko Lolilo ari mu baririmvyi bakoze!-->!-->!-->!-->!-->…
Kuvuza mu biteramo mpuzamakungu ni kimwe muvyo Andy Mwag yaharanira, ubu ari mu biteramo vyitiriwe agashimwe kazwi nka « Prix Découvertes » gatangwa n’ikimenyeshamakuru c’abafaransa Rfi, Andy kuriwe ngo n’intambwe!-->!-->!-->…
Naho abantu bavuga ko hoba hakiri ubucuti bw'indenzarugero hagati yiwe na Diamond, Wema Sepetu ntahakana ko hari ubucuti buhari, ariko avuga ko ari ubusanzwe. Ivyabaye hagati ya Diamond Platnumz na Wema Sepetu ngo!-->!-->!-->!-->!-->…
Mu kiganiro yatangiye mu bwongereza, Rayvanny avuga ko ikibanza akunda kwandikiramwo indirimbo ari mu bwiherero, kubera uburyo hateye. Rayvanny ntarya umunwa mu kuvuga ko ikibanza ciza co kwandikiramwo indirimbo ngo ari!-->!-->!-->!-->!-->…
Dj Marnaud ubu niwe ari ku minwa y'abatari bake mu gihugu kibanyi c'urwanda, kubera ibiheruka kumwagirizwa aho bavuga ko yoba ari umwe mu baryamana basangiye ibitsina, Abatinganyi. Inyuma ya Mwiseneza muri Miss Rwanda,!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.