Q boy ngo ntarota ahimbaza isabukuru ryiwe ry'amavuko kubera ibiheruka kumushikira. Ugucumura kuri Diamond bikamuviramwo gusezererwa ngo vyaramukomerekeje cane. Mu gihe yariko yitegura gushira ahabona akaririmbo kiwe!-->!-->!-->!-->!-->…
Isanganiro Awards ngo igiye gutangura neza, kuko imisi y’ukwakira indirimbo isa n’iyiriko irarangira, noneho ngo hamenyekane uwuzosubirira Vestine. Imisi isigaye ngo bahagarike gutora indirimbo zizoja muri isanganiro!-->!-->!-->!-->!-->…
Ikivyimba co mu nda ngo nico cagira kidutware umwigeme Miss Erica asanzwe akorera ibikorwa vy’umuziki I Kigali. Ariko ubu ngo ni sawa. Miss Erica ngo yaragize igihe arwariye I Kampala, Ariko ubu ngo ni sawa akaba ngo!-->!-->!-->!-->!-->…
Jux yaheruka I Bujumbura ku butumire bwa Bantu Bwoym agiye kugaruka I Bujumbura mu giteramo aherekeje umukunzi wiwe Vanessa Mdee. Inyuma yaho ahamagariwe I Bujumbura na Bantu Bwoy, Jux ngo agiye kugaruka I Bujumbura!-->!-->!-->!-->!-->…
https://youtu.be/ob6mRrAZDhs?list=PLfqlH3YW9SLZysI3xZkz3Nvr7lwoqQaNu
Umuririmvyi Bizimana Aboubakad Karume batazira Sat-b yahwe umwambaro w'Intamba mu rugamba . Hari Ku musi wa Gatanu igenekerezo rya 25 Nzero umwaka wa 2019 , aho radio buja FM yari iramutse iha agashimwe!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Dudu Niyukui yahagaritse ikorwa ry’izindi ndirimbo zija mu rukurikirane rushasha kuko ngo izari zirimwo zinyaruka zari nyinshi. Dudu Niyukuri ngo yabwiwe ko indirimbo yari yashize mu rukurikirane buca rushirwa ahabona!-->!-->!-->!-->!-->…
https://www.youtube.com/watch?v=LKbO6Ic-qIo&app=desktop
Sat-b ngo abamwanka ntibazobura, ariko n'abakunzi baruzuye. Ahanurwa gukomeza uko ariko arakora ahubwo ashiremwo inguvu gusumvya. Bizimana Aboubakar Karume abenshi bazi nka Sat-b ahanurwa kubandanya araba imbere!-->!-->!-->…
2 muri 4 baboneka ku mashusho yashizwe ahabona n'umwe mu bayariko, basohokanye na Diamond, kandi nawe akaba ayabonekamwo. Hashizwe ahabona ama foto y'umuririmvyi Diamond Platnumz, arikumwe n'abigeme batari bake!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.