Umumenyereza mukuru w’intamba mu rugamba Etienne Ndayiragije yashize ahabona Staff bazokorana mu murwi nserukira gihugu Intamba mu rugamba . Abo bagiye gukorana akaba ari aba bakurikira : 1) Icegera ciwe : Patrick Sangwa…
Moses benshi bamenye nka Mosions kubera inzu ishona impuzu zitandukanye yashinze noneho ayita uko nyene, Moshions, yakirijwe induru n'abatari bake mu barundi babashije kugira ico bashikiriza kw'ifoto yasangijwe…
Mkombozi mu myaka irenga 6 yamaze atari mu Burundi yaje atubwira Ko afise ibikorwa vyinshi yakoreye mu mahanga, twagumye tubirindiriye tutabibona ariko ubu ngo aravuye mugacerere. Nkuko yari yavuze ko azokora ibiteramo…
Mu gihe vyari bimaze imisi bivugwa ko Yvan Muziki na Marina batagicana uwaka, ubu naho babonetse mu bikorwa vya Tours du Rwanda barikumwe. Nkuko amakuru dukesha ikinyamakuru igihe abishikiriza, uwo muririmvyi ngo niwe…
Uburayi ngo n'intango s'iherezo, ivyo n'ivyo biheruka gushikirizwa na Drama T mu kiyago aheruka kugirana na Juste Gael. Muri ico kiganiro, uwo muririmvyi yavuze ko abantu bavuga ayamuhe kubera urugendo…
Uburyohe bw'inkurikirane ntonto bwamaze kuryoha none zibandanya zitegurwa ku bwinshi. Inyuma ya EP yaheruka gusohora, Alvin Smith yavuze ko iyindi iri mu nzira. Ivyo uwo muririmvyi yabishikirije akoresheje imbuga…
Nimbona Jean Pierre benshi muzi nka Kidum, agiye gusubira Kandi gukorera ibiteramo ku mugabane wa wa Buraya, inyuma y'imyaka yariko irababa 9 adahonyoza ikirenge kuri uwo mugabane. Hampande ya Kidum, n'abandi…
Mr champagne umukurikiranye k'umbuga ngurukana bumenyi ntihagica imisi adashizeko ifoto ya Kajala uwahoze asohokana n'umuririmvyi Harmonize bamwe ngo Champagne yasaze ntibakwiranye. Kandundura ya vyose…
Mu gihe Bobona adaheruka gushira ahabona Indirimbo nshasha, ariko adahengeshanya gusangiza abamukurikirana Logos y'izina ryiwe hamwe n'umuryango w'inzu yanditseko Bobona Music, uwo muririmvyi bamwihanije.…
Akibarizwa muri Bantu Bwoy, umuririmvyi Drama T ngo ntiyihutiye gusohora indirimbo, ahubwo yihutiye kwiga. Uwo muririmvyi uno musi atakibarizwa muri Bantu Bwoy, yabwiye Juste Gael ko igituma atashobora gusohora…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.