Nishimwe Esther azwi cane kw'izina rya Esther Nish, ni umwe mubaririmvyikazi abandanya avyifatamwo neza mukazi kiwe k'umuziki "Umbamwo " n'indirimbo yakoranye na Kidumu ikaba ariyo yatumye…
Ntaganzwa Olga Lorie umuririmvyikazi benshi bazi kw'ijwi ridasanzwe na cane cane mu guteramisha abantu mu ma Karaoke. Yamenyekanye ubwambere mu murwi The Cousine warimwo abaririmvyi nka R Flow, Chany Queen, na Bamson,…
Indirimbo buca isohoka ya Adojosan na Big Fizzo yatanguye kumenyekanishwa kuri uyu wa kane amasaha yo mw’ijoro, ngo ije itorosha ibintu, mu gihe abantu bari bazi ko bagiye kuruhuka gatoya inyuma ya Korayo ya Olegue. Ivyo…
Muri commentaire ya Post ya Instagram y’uwahoze ari umumenyeshamakuru wa Reama Fm, Ismail Niyonkuru, Natacha yishuye Kidum kuri post biboneka ko yakuwe ku rubuga rwa Facebook rw’uwo muririmvyi ko Imbwa ziyizi ariko ko we…
Ntawubiyobewe ko hariho ikiza kibica bigacika mw'isi nzima kizwi kwizina rya Corona. Mu bihugu bitandukanye ubuzi nka bwose ntibugikorwa ku mpamvu zico kiza. Amasengero ,amashure ububare.....n'ibindi vyarugawe aho…
Bamwe bati Meddy arikanguye inyuma yuko Sat-b aronse Views zirenga 1,000,000 ku ndirimbo bari bakoranye ariko ntagire ico amufasha mu kuyimenyekanisha. Ivyo bakaba babivuze muri commentaire aho muri rino joro Meddy ashoboye…
Sat-b arajugumiye asubizako Video yari yarakuye ku rubuga rwiwe rwa Instagram. Aho n’inyuma yaho uwiyita Thecatbabalao wo mu gihugu c’Urwanda avugiye ko ariwe yakoze ibishoboka vyose ngo Sat-b akwize wa 1,000,000 aheruka…
Abarundi barayamaze ngo igiti kigukora mu gisho rimwe irya kabiri kiba gishaka kurimena, ivyamubayeko ashira ahabona kuri za Instagram n’ahandi umukunzi wiwe ngo ntazongera gusubira kubikora. Ivyo n’ibiheruka gushikirizwa na…
Mu gihe yitegurira gushira ahabona indirimbo nshasha mu misi iza naho ataramenyesha neza umusi uwariwo, Issa Jamal benshi bazi nka Yoya yatanguye gusaba ngo abamukurikira bamufashe kurondera abandi bomukurikira kuri urwo…
Hakizimana Issa azwi kw'izina rya Madiba the Classic n'umwana agira ga 3 mu bana 4 ku musi w'Imana w'igenekerezo rya 21Ruhuhuma niho yashikirwa n 'inkuru itigera yorohera umuntu uwari wese ngaha…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.