Igiporisi c’Uburundi cafashe ingingo y’ukwirukana burundu ku butaka bw'Uburundi uwiyita umuvugishwa Kayihura Modesste yari azwi nka "Prophète Modeste". Mu matohoza cari kimaze imisi gikora, igiporisi c'Uburundi!-->!-->!-->!-->!-->…
Pasitori Kayihura Modeste azwi kw’izina rya "Prophète Modeste" arongoye ishengero "Faith Practice Miracles Ministries" rifise icicaro kw’ihoteri "Source du Nil" iro mu gisagara can Bujumbura!-->!-->!-->…
I Amakuru ashikirizwa n'igiporisi c'Uburundi amenyesha ko kuri uyu wa mbere waraye uheze igenekerezo rya 1 Ndamukiza umwaka w'2019, amenyesha ko hari ibikoresho vya gisirikare bitandukanye vyaraye bifatiwe!-->!-->!-->!-->!-->…
Mu giporisi c’Uburundi bamenyesha ko muri iyi ndwi dusozereye kuri uwu w’Imana, abantu bagera kuri batanu aribo batswe impusha z’ukugendesha imiduga, hisunzwe itegeko rishasha ry’umushikiranganji ryongereza ibihano ku!-->!-->!-->…
Umugabo umwe w'umunya Bresil aheruka gufatanwa itonga ry'ibiyovyabwenge bita "héroïne" ku kibuga c'indege mpuzamakungu ca Bujumbura. Nk'uko bishikirizwa n'ubushikiranganji bujejwe umutekano no gukinga ibiza,!-->!-->!-->!-->!-->…
Abantu bagera ku muriyoni umwe n’ibihumbi amajana umunani na mirongo itanu barasinzikaye muri iki gihe kubera igihuhusi Idai n’inkurikizi zaco mu gihugu ca Mozambike conyene. Nk'uko vyatangajwe n'ishirahamwe!-->!-->!-->!-->!-->…
Abadandaza barenga amajana atandatu nibo baraye baburiye ibidandazwa vyabo mw’isoko ya Kinyinya iri muri komine Mutimbuzi, intara ya Bujumbura, bivuye ku mpanuka y’umuriro wadutse muri iyo soko mw’ijoro ryo kuri uwu wa!-->!-->!-->…
Reta y’igihugu ca Nouvelle Zélande yahagaritse itegeko ryemerera abanyagihugu gutunga inkoho muri ico gihugu inyuma y’aho igitero giherutse kugabwa ku musigiti wo mu gisagara ca Christchurch gihitanye abantu bangana mirongo!-->…
Abaporisi babiri bishwe barashwe n’umuntu yitwaje inkoho yo mu bwoko bwa kalachnikov ku musozi Mutara, zone Maramvya, komine Mutimbuzi, intara ya Bujumbura. Uwarashe abo baporisi yagiye atwaye n'inkoho zabo. Nk'uko!-->!-->!-->!-->!-->…
Mu gatondo ko kuri uno wa kabiri igenekerezo rya 12 Ntwarante umwaka w'2019, igiporisi c'Uburundi mu gihe cari mu bikorwa vyaco vya misi yose bijanye no gusaka ibirwanisho, bafashe muri zone Musaga karitiye!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.