Alvin Smith kamugeze imutwe, ngo iyaba umwe mub’iwabo ubu baba bariko bamutera amabuye, ariko akavuga ko atabivuganye ishari. Kuva kuri uyu wa 2 igenekerezo rya 1 ruhuhuma, uwutamenye ko umuririmvyikazi Rihanna yibungenze…
Umunezero ngo wari wose aho yabona ko yakwije Views 1,000,000 ku ndirimbo yiwe HMM, Ado Josan uno musi abarizwa i Bujumbura mu bikorwa vyiwe vy’umuziki ariko kandi n’ukuraba umuryango, akaba yabiyagiye imwe mu…
Ibiheruka kwagirizwa Masterland ko yoba akoresha uburozi, uburyarya, canke ukudakora ivyo yemereye umuririmvyi Arnovic, ngo n’ububeshi butagira izina, ivyo uwo muririmvyi akaba aheruka kubishikiriza mu kiganiro yahaye imwe mu…
Ngo hoba hariho abariko baramwiyitirira bandika amajambo ku ma Status yabo noneho bikaboneka ko yoba ariwe. Ku musi w'ejo, umumenyeshamakuru wa Buja FM, Ami Pro yamenyesheje akoresheje urubuga rwiwe rwa Whatsapp ko ama…
Urubuga rwa youtube rw’umuririmvyi Berry Music ngo rwaribwe n’abantu bataramenyekana, ubu akaba ari akababaro ariko ngo abahinga bari ku kivi. Mu gihe abakunzi b’ibikorwa vy’uwo muririmvyi bari barindiranye igishika cinshi…
Bashajije nkuko babigize umugenzo bompi, abarongozi b' amashirahamwe y'inkino z'amaboko aribo Apôtre Jean Paul Manirakiza aramutswa FEBABU, kumwe na Général Serges Ntakavura aramutswa ishirahamwe rya…
Umu star dufise mu gihugu ngo ni umukuru w’igihugu cacu wenyene. Ivyo ni ibiheruka gushikirizwa na bamwe mu bakurikiranira hafi ibijanye n’aba "Stars" hano iwacu. Aho ni inyuma y’ivyo yakoze ku musi wa gatatu ku…
Mu gihe hari hakiri agashuhe k’inkuru y’akanyamuneza ko Dj Saido akorera mu Bufaransa na Big Big Fizzo boba bariko bategura igikorwa gishasha, indirimbo "Hangama" twagiye tubona isesekara ku rubuga rwa youtube rwa…
Kolly yoba yaronse umukunzi mushasha? Ico ni ikibazo abagize imisi bakurikirana amajambo acishwa ku rubuga rwa Facebook rw’umuririmvyi akaba n’umuhinyanyuzi bokwibaza kubera umwigeme agize imisi ahacishwa. Uwo muririmvyi…
Inyuma y’"ibisusu" yatambishije abatari bake, Double Jay yoba yamaze guheza gutegura ikindi gikorwa gishasha? Birashoboka uravye amajambo uwo muririmvyi agize imisi acisha ku mbuga zitandukanye asanzwe akoresha. Uwo…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.