Inyuma yitunganywa ry'amatora adakumira, ishirahamwe rihurikiyemwo abarundi benshi baba ku mu gabane wa America BDUSA ryahavuye rusubizwa ubuserukizi bwo kurongora abarundi baba muri America. Mu gihe hasigaye…
Abarundi Aho Bari mu mihingo itandukanye y'isi ntibareka guhesha agaciro igihugu cabibarutse mu kwerekana ico Imana yabahezagije. Muri Africa y'epfo neza neza mu gisagara ca Johannesburg, mu buriro bita Epicure…
Abaririmvyi batari bake iyo bagiye mu mahanga uca umengo ibikorwa vyabo vyazimye. Saidi Patrick azwi kw'izina rya Kay kay 4 Show abarizwa muri Canada yayaze na indundi magazine araca hirya no hino intambamyi bahura nazo,…
Ugukunda igihugu ciwe camwibarutse ndetse no gukunda inkino nivyo vyatumye Muganga Maronko Boniface aha imfashanyo Academy Wembo Sutche. kuri uyu wa kane igenekerezo rya 04 Ntwarante umwaka wa 2021, Isaha icenda 15h00…
Kuva mu mwaka wa 2008 gushika 2021 muri Leta ya Arizona, abarundi babayo bahurikiye mu muryango wagutse wo gufashanya bise Baho. Boha ikaba ari imwe mu ma kominote, yo muri America ibarizwamwo abarundi bashika ku 4000 nkuko…
Inyuma y'igihe kitari gito umumenyereza wa basketball Loko ashitse muri Suisse mu gisagara ca Lausanne yizigiwe n'umurwi wo muri ico gisagara . Lionel Nkurunziza batazira Loko yavutse kw'igenekerezo rya 7…
Insamirizi Africa for hope n’insamirizi ivugira mu gihugu ca Sweden, ikaba isanzwe itanga ibiganiro mu rurimi rw’ikirundi. Iyo nsamirizi ikaba gushika ubu icishako ibiganiro vy’imice 3, birimwo ic’inkino (Sport), abanyafrika…
Indirimbo ya Ado Josan na Jose Chameleon ngo naho yatevye ariko izotinda isohoka, ivyo n'ibiheruka gushikirizwa na Ado ubwiwe mu kiyago yagiranye na Indundi Tv kuri Micro ya Alan the Real. Muri ico kiganniro uwo…
Yabaye inkuru y'agacamugongo ku barundi baba mu mahanga ndetse n'abari i Burundi, biturutse kw'ikete ryasohowe n'abashingamateka 43 bo ku mugabane wa Buraya (Union européenne) barega igihugu…
Uburongozi bw’infatakibanza muri Diaspora ya Australia ngo bwaraburabujwe cane na bamwe mu bataye umurongo muri Diaspora ya Australia(BDA). Uburongozi bw’imfatakibanza muri Diaspora ya Australia ngo bwaraburabujwe cane na…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.