Inkino zikinirwa kumusenyi kuri Big One Way mu Kajaga zigiye kubandanya . Ikirangamisi kikaba kimeze uku gukurikira: Ku musi wa Gatandatu igenekerezo rya 12 Munyonyo 2022: -Isaha zibiri zo mugitondo 8h00 , Umugwi Bibamba…
Amakuru duhejeje kuronka muri kano kanya n’uko abakinyi bashika kuri 5 b’intamba mu rugamba aribo batazoboneka mu nkino zibiri za kivandimwe zari kubahuza na Côté d’Ivoire hamwe na Guinée Conkry y’abatarenza imyaka 23.…
Umugwi Kiyovu Sports uhejeje kwirahira Rayon Sports mu rukino rwari rwitabiriwe n’insinzi ry’abantu . Hari ku mugoroba wo kuri uwu wa gatanu igenekerezo rya 11 Munyonyo 2022 , aho umugwi Kiyovu Sports wari…
Ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere kuruhande rw’abigeme mu Burundi Lumitel Women’s League rigiye gutangura . Igenekerezo rya 12 Munyonyo 2022 ku ku kibuga Saint Umuco isana zine zo mugitondo 10h , Umugwi Bon Avenir…
Umukinyi w’Intamba mu rugamba Saidi Ntibazonkiza abandanya yigenza mu mugwi Geita Gold ukina mu cicaro ca mbere mu gihugu ca Tanzania . Hari kuri uyu wa Gatanu igenekerezo rya 11 Munyonyo 2022 , niho umugwi Geita Gold…
Umukinyi w’umugwi Dynamo Mamadou Dioume yahanywe na FEBABU. Hari ku musi wa gatatu uheze igenekerezo rya 04 Munyonyo 2022 , niho umugwi New Star wahura n’umugwi Dynamo mu rukino rw’igikombe ca CRDB CUP catunganijwe…
Urugendo rw’umugwi Flambeau du centre wo mu ntara ya Gitega rwaraye rurangiye . Hari kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 09 Munyonyo 2022 niho umugwi Daring Club Motemapembe ( DCMP) wari wakiriye umugwi Flambeau du…
Umukinyi w’umupira w’amaguru Michel Rashid yigeze gukinira umugwi Academy Tchite wa hano iwacu igihe wa umenyerezwa na Jimmy Ndayizeye yitavye Imana abanje kunirwa . Hari ku musi wa Gatandatu igenekerezo…
Amakuru duhejeje kuronka avuye kuri bimwe mu binyamakuru vyo mu gihugu ca Tanzania avuga y’uko umukinyi w’intamba mu rugamba akina mu mugwi Geita Gold Saidi Ntibazonkiza yoba yanse kugaruka mu gihigu ca Tanzania…
Vyamaze kumenyekana y’uko umugwi nserukira gihugu Intamba mu rugamba uzotana mumitwe n’umugwi nserukira gihugu wa Guinée Conarky w’abatarenza imyaka 23. Aho ni inyuma y’uko Uburundi buzoba bwamaze gutana mu…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.