Ihiganwa ry’abigeme Lumitel Women’s League rigiye kubandanya kundwi igira 2, inkino zikaba zitegekanijwe uku gukurikira: Ku musi wa Gatandatu igenekerezo rya 19 Munyonyo 2022: - Isaha zitatu zo mugitondo 9h00 ku…
kuri uyu wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya 16 Munyonyo 2022 niho abarongozi b’ishirahamwe ry’umupira w’amaboko Handball ( FEBUHAND) bari kumwe n’abakinyi b’umugwi nserukira gihugu w’abadashikana imyaka 18 bashikiriza…
Umugwi Musongati Fc ariwo wari wakiriye umugwi Flambeau du Centre mu rukino rw’indwi ya 12 rwa Primus League yarangiye imigwi yose inganije . Hari kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 16 Munyonyo 2022 , Isaha icenda…
Umugwi nserukira gihigu Intamba mu rugamba uhejeje kunyagirwa n’umugwi nserukira gihugu wa Côté d’Ivoire mu rukino rwa gicuti. Kuri uwu wa gatatu igenekerezo rya 16 Munyonyo 2022 , niho umugwi nserukira gihigu…
Umugwi Musongati Fc ugiye kwakira umugwi Flambeau du Centre basanzwe basangiye intara mu rukino rw’indwi igira 12 rw’ihiganwa rya Primus League . Iyo migwi ibiri yo mu ntara ya Gitega isanzwe idacana uwaka bivanye n’uko ariyo…
Inyuma yo gutsinda ibitsindo 3 wenyene muri 5 -0 bari batsinze Djibouti mu rukino rwa mbere rwa CECAFA -20 yari imaze imisi iriko ibera mu gihugu ca Sudani, Arthur Nibikora niwe yatowe nk’umukinyi yinjije ibitsindo vyinshi…
Umugwi nserukira Gihigu intamba mu rugamba uza gutana mu mitwe n’umugwi nserukira Gihugu wa Côte d’ Ivoire mu masaha ari imbere . Kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 16 Munyonyo 2022 isaha cumi na zibiri z’umugoroba 18h00 mu…
Ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB ryatanguje icese umugambi wo kuza riregeranya abakinyi bafise impano bisangije ( Détection des talents) mu Burundi . Ivyo bikaba vyabaye kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 14…
Mu mpera z’indwi yaraye iheze , igenekerezo rya 12 Munyonyo 2022 ihiganwa ryo ku musenyi ryarabandanije ku ndwi igira 9 kuri Big One Way. - Umugwi Bibamba Beach watsinzwe n’umugwi wa Saga Sable ibitsindo 9 kuri 8 -Ku rundi…
Kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 13 Munyonyo 2022 isaha zitanu zo mugitondo 11h ku kibuga ca (CTN ) kiri mu Ngagara , niho hugururwa icese ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere ku ruhande rw’abagore , ihiganwa ryitiriwe izina rya…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.