Inyuma yo gusezerera umugwi Musongati Fc mu rukino rw’igice ca kabiri gishira ica nyuma c’igikombe c’Umukuru w’Igihugu, umugwi Flambeau du Centres wahawe imiriyoni 10 n’uwusanzwe atwara uwo mugwi umugwizatunga Kazohera…
Nkuko bisanzwe biri buri kwezi ishirahamwe BCM ( Best Coach Of The Month ) rihurikiyemwo abakunzi b’umupira w’amaguru mu Burundi no hanze y’igihugu ryiyemeje kuzoba rihesha agaciro abamenyereza b’ihiganwa ryo mu…
Umukinyi w’umusatirizi wa Kayanza United Rukundo Abdoulrahman batazira Paplay niwe abaye umusatirizi yinjije ibitsindo vyinshi mw’ihiganwa rya Primus league 2020-2021. Hari kuri uwu w’Imana igenekerezo rya 23 Rusama 2021…
kuri uwu w’Imana igenekerezo rya 23 Rusama 2021, ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere mu Burundi Prinus league rizoba rigeze kumusozo. Umugwi Flambeau du Centre niwo uri mu kibaza ca mbere vy’imfatakibanza , mugihe Umugwi…
kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 23 Rusama 2021 Isaha icenda 15h00 ku kibuga Urukundo , Umugwi Messager Ngozi uzoba uriko wakira bene wabo Flambeau du Centre basanzwe bari muri Academy imwe . Urwo rukino rutaza kuba…
kuri uyu wa kane igenekerezo rya 20 Rusama 2021 isaha icenda 15h00 ku kibuga Intwari , haza guca uwambaye hagati ya Vital’o Fc hamwe na Inter Stars mu rukino rw’indwi ya 29 rwa Primus league Burundi . Urwo rukino…
Mu Burundi twarabonye abanyegori batari bake bitwara neza mu nkino za Primus league , muri kino gihe Ndikuriyo Patient wa Kayanza United niwe agezweho. Uwo munyegori wa Kayanza United avukana n’umunyegori…
Kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 17 Rusama 2021, niho umugwi Athletico Academy wari wakiriye umugwi Kayanza United mu rukino rw’ikirarane rw’indwi ya 28 rwa Primus League, urwo rukino rukaba rwarangiye Athletico Academy…
Kuri uyu wa kane igenekerezo rya 13 Rusama 2021, uwurongoye umugwi Athletico Academy wo mu cicaro ca mbere muri Primus league yaraye yandikiye ikete ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB arisaba y’uko urukino rwabo…
Kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 10 Rusama 2021 , mu cicaro gikuru ca CAF muri Misiri niho haba tombola y’ukungene imigwi y’abigeme izohura mu nkino zo gukurakuranamwo zo kurondera itike ya CAN. Uburundi bukaba bugiye…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.