Ubufaransa busa n’uburiko burakwega amaguru mu gukingira abenegihugu ikiza ca Corona Virus ugereranije n’ibindi bihugu bari kumwe. Ico kikaba ari icaha cegekwa u mukuru w’igihugu Emmanuel Macron. Kugira ico gisibo…
Gael Bigirimana abandanya yerekana ubutwari bwiwe mu mugwi wa Glentoran Fc wo mu cicaro ca mbere muri Irlande . Inyuma yo gutorwa incuro zitarinke nk’umukinyi yaranze urukino, ubu naho Umukinyi wo hagati w’intamba mu…
Sénegali yamukamwo Sadio Maney , Mali yamukamwo Mussa Mariga , Uburundi bwamukamwo Saido Berahino , Républic Centrafrique yamukamwo Condorbia, ivyo bihugu vyompi vyankiwe na CAF kwakira inkino zo kurondera itike ryo…
kuri uyu wa Kane waraye uheze igenekerezo rya 29 Ndamukiza 2021 , Isaha indwi n’igice 13h30 niho Umugwi Bs Dynamik wari wakiriye umugwi Kayanza United wo mu kayanza mu rukino rw’indwi ya 27 rwa Primus…
kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 01 Rusama 2021 , Isaha zitandatu n’igice 12h30 , niho ihiganwa ryo mu gihugu c’Urwanda ryatangura icese . Umugwi Rutsiro Fc ukinamwo Abakinyi babiri b’abarundi aribo Ndarusanze…
kuri uyu wa Gatandatu igenekerezo rya 01 Rusama 2021 , isaha zine zo mugitondo ku kibuga ca Sesinga kiri mu Ngagara , ihiganwa ryo mu cicaro ca 4 muri komine Ntahangwa ryari ryabandanije kundwi yaryo ya 4 . Umugwi…
Umugwi Kayanza United wo mu ntara ya Kayanza waraye utsinze igitsindo 1-0 umugwi Bs Dynamik mu rukino rw’indwi ya 27 rwa Primus league ivyatumye uwo mugwi ubadanya wiyongereza amahirwe yo gutwara igikombe ca Primus league co…
Umugabo w’umunya Turkie yitwa Ali Demirkaya azwi nk’umukunzi w’umugwi Denizlisport yo muri ico gihugu yakoze ibitamenyerewe . Mu mwaka wa 2018 niho umugabo Ali yahawe ibihano vyo kumara umwaka wose adahonyoza ikirenge…
kuva kuri uyu wa kane igenekerezo rya 27 gushika ku 28 Ndamukiza 2021, ihiganwa rya Primus league rigiye kubandanya kundwi yaryo ya 27 . ku musi wa Kane igenekerezo rya 27 Ndamukiza inkino zitegekanijwe uku gukurikira:…
Kuva ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 24 gushika igenekerezo rya 26 Ndamukiza 2021, inkino zo gusubiriza z’igikombe c’umukuru w’igihugu zarabandanije mu gice 1/8 gishira icanyuma . - Vital’o Fc yatsinzwe na Rukinzo Fc…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.