Umumenyereza w’umugwi Musongati Fc yasubiye gutsindira agashimwe k'umumenyereza yaranze ukwezi kwa Ruhuhuma inyuma yo gutsindira ako mu kwezi kwa Nzero. Jean de Dieu mu nkino zine zakinwe muri uko kwezi yatsinze inkino…
Umugwi Telaviv wo mu cicaro ca kabiri waraye usezereye Umugwi Aigle Noir The fighters uwutsinze ibitsindo 2-1 mu rukino rw’igice ca 16 gishira icanyuma c’igikombe c’umukuru w’igihugu. Ivyo bikaba vyaciye bituma…
Mu mpera z’indwi iheze ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere ryari ryabandanije kundwi yaryo ya 24. Uku niko imigwi yatsindanye : - Umugwi Royal Fc watsinze Inter Star igitsindo 1-0 - Flambeau du Centre itsinda Muzinga Fc igitsindo…
Umukinyi wa kera w’umupira w’amaguru akaba n'umunonotsi ku metero ijana Ndikuriyo David batazira Maras yaraye aryamiye ukoboko kwa bagabo kuri uyu w'imana igenekerezo rya 7 Ntwarante 2021. Ku kagoroba…
Mu gatondo ko kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 05 Ntwarante 2021, twari twaramutse tubashikiriza y'uko urukino rwo kurondera itike ryo kwitabira CAN 2022 , ruzohuza Uburundi na Republic Centrafrique rudashobora kubera…
Ugukunda igihugu ciwe camwibarutse ndetse no gukunda inkino nivyo vyatumye Muganga Maronko Boniface aha imfashanyo Academy Wembo Sutche. kuri uyu wa kane igenekerezo rya 04 Ntwarante umwaka wa 2021, Isaha icenda 15h00…
Ishirahamwe ry'umupira w'amaguru kw'isi FIFA riheruka kwugurura ishami ry'ayo mu gihugu kibanyi c'Urwanda. Iryo Shami rikaba ryari riri mu gihugu can Ethiopue ariko haza gufatwa ingingo yo kuyimurira…
-Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 19 Ruhuhuma 2021, isaha icenda 15h00 ku kibuga Intwari Umugwi Athletico Academy uza kwakira Vital’o Fc . -Ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 20 Ruhuhuma 2021, isaha icenda 15h00 ku kibuga…
Ishirahamwe ry’umupira w’amaguru muri Tanzania TFF ryahisemwo kuhagarika amasezero n’umumenyereza w’umurundi Etienne Ndayiragije yahora amenyereza Umugwi nserukira gihugu wa Tanzania . Ayo masezerano akaba yahagaritswe…
kuri uyu w’Imana waraye uheze igenekerezo rya 31 Nzero 2021, mu ntara ya Gitega, iooshirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB ryari ryatunganije inama ya bose yahuje abaserukira Imigwi ndetse…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.