Kuri uyu wa kabiri waraye uheze igenekerezo rya 15 Kigarama 2020, niho ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB ryandika ikete ryo kwugara ikibuga Urunani co mu Ntara ya Cibitoke mu kiringo kitaramenyekana.…
Afatwa nk’umumenyeshamakuru kiremesha w’urunganwe rushasha, yazanye impinduka muri ico gisata na cane cane muri Sport, Steves Derrick ni umutumire wacu isaha 12 (18h) amasaha ya hano ibujumbura kw’igenekerezo rya 15 kigarama.…
Nk’uko mu bizi buri kwezi ishirahamwe ry’umupira w’amaguru kw’isi FIFA ryama risohora urutonde rw’uko imigwi nserukirabihugu yama isumbasumbanya ibibanza , Uburundi muri kuno kwezi kwa Kigarama bwagumye mu kibanza ca 138.…
Kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 09 Kigarama 2020, niho ishirahamwe ritwara umupira w’amaguru muri Africa CAF ryafatira ibihano igihugu c’Uburundi hamwe na Mauritania. Uburundi bwaciriwe ihadabu ry’amadorari y’amanyamerika…
Kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 2 Kigarama 2020, niho umugwi Messager Ngozi washika i Bujumbura uvuye Eswatini gukina urukino rwa CAF Champions league aho banganyije na Young Buffaloes 0-0. Abakinyi ba Messager Ngozi…
Kuri uyu wa mbere waraye uheze igenekerezo rya 30 Munyonyo 2020, abajejwe gutanga ibirego mu gihugu ca Argentine batanguye kugirira amatohoza umuganga w’umuhisi Diego Armando yitavye Imana ku musi wa gatanu uheze igenekerezo…
Uwatsinze igitsindo ca mbere mu gikombe c’isi c’umwaka wa 2002 agitsinze Ubufaransa aho Senegal yatsinze igitsindo 1-0 , Papa Bouba Diop yaraye aryamiye ukuboko kw’abagabo . Papa Bouba Diop akaba yari umukinyi wo hagati mu…
Inyuma y’umugwi nserukira gihugu w’intamba mu rugamba gutahuka mu burundi izanye inota rimwe ukuye mu gihugu ca Mauritania, Saido Ntibazonkiza yagize ico ashikiriza ndetse aranatubwira ibanga akoresha kugira agume…
Umumenyerezi Diego Maradona ngo abarizwa mu bitari nkuko amakuru dukesha ikinyamakuru Goal abishikiriza. Uwo mumenyereza w'umunya Bresil kandi akaba umwe mu bakinyi bakoze ibikora inka muri kahise mu mukino…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.