Umukinyi wa kera w'umupira w'amaguru akaba yarigeze no kuba umunonotsi Ndikuriyo David batazira Maras yagenywe mu mabanga yo kuba musitanteri wa komine Mabanda mu ntara ya Makamba ihana urubibe na Kigoma Tanzania.…
Mu gihe kuri uyu wa gatandatu hazokinwa inkino z'igice cakabiri gishira ica nyuma c'inkino zugurura ihiganwa(tournoi d'ouverture), imirwi itatu niyo yarimaze kuronka uburenganzira . Urunani , Dynamo na Les…
Umukinyi wa kera wa JS Muremera na Ngozi city Niyokindi Simplice azokwibukwa na bamwe mu bakinyi bakinanye kuri uyu w'imana igenekerezo rya 16 myandagaro 2020 i Ngozi ku kibuga Agasaka . Simplice akaba yaba muri…
Mu mpera z'ino ndwi hazosozerwa ihiganwa rya Basketball mu ntara ya Ngozi nkuko twabimenyeshejwe na Dr Roger Rushangabirwi arongoye ishirahamwe rya Basket-ball muri iyo ntara. Muri urwo rukino rwa basketball ,mu mirwi…
Iryavuzwe riratashe , b'abakinyi 5 bafise ubwene gihugu bwa Cote d'ivoire vyavurwa ko bazoshika i Burundi kuri uyu wa Kane igenekerezo rya 13 Myandagaro 2020, bamaze gushika i Dar es Salaam. Abo bakinyi bakaba…
kimwe mu bimenyeshamakuru co muri Espagne cashize ahabona abakinyi 9 ba Real Madrid bashobora kuyivamwo mugihe c'igura n'igurishwa ry'umwaka wa 2020 . Abo nabo akaba ari aba bakurikira : 1) Gareth Bale : uyu…
Inyuma yaho mu makuru yacu yo kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 10 Myandagaro tubamenyeshereje ko Dynamo yitwariye Kern mu kanama karaba indero n'amatati CDL mw'ishirahamwe rya Basketball I Bujumbura,nako…
Umukinyi wo hagati w'umugwi nserukira gihugu intamba mu rugamba Gael Bigirimana yaraye ashize umukono Ku masezerano yo gukinira umugwi GLENTORAN FC uri mu cicaro ca mbere mu gihugu ca Ireland du Nord. Uwo Mugwi ukaba…
Nkuko vyashikirijwe n'uwurongoye igisata co kumenyekanisha amakuru mw'ishure le Messager Elysée Niyubahwe , kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 11 Myandagaro 2020, uwurongoye academie le Messager yari yagiraniye…
Umasatirizi yamuka mu Burundi, Bimenyimana Bonfils Caleb yigeze gukinira Inter stars ,Vitalo fc na Rayon Sports yamaze gusinya muri Slovakia. Caleb yari asanzwe akinira umurwi wo muri Latvia yitwa FK RFS (FK Rīgas Futbola…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.