Kuva kw'igenekerezo rya 05 Nyakanga 2020 ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere mu Burundi rizoba ritanguye . Igisata kijejwe gutunganya inkino muri FFB gihejeje gushira ahabona ikirangamisi c'inkino z'indwi 1…
Ku bantu bakurikiranye umupira w'amaguru wa hano iwacu kera ndetse no mu Rwandamumyaka iheze , bavuga ko Uburundi bwigeze kugira umusatirizi akomeye cane uwo nawe akaba ari uwitwa Mbuyi Jean Marie. Turavye abakinyi…
Igenekerezo rya 08 Myandagaro 2020, ikimenyeshamakuru Orange Football Club carashize ahabona abakinyi 11 b'abanya Africa Bamaze kwinjiza ibitsindo vyinshi muri UEFA Champions league . Prezida wa Liberia Geroge Weah…
Ihiganwa rya Basketball i bujumbura ryaratanguye biciye mw'ihiganwa ry'intango bita tournoi d'ouverture ryuguruwe icese kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 8 Myandagaro 2020 ku kibuga Toyota Gikungu Urukino…
Kuri uyu w'imana niho harangira ihiganwa bise tournoi de l'espérance rikaba ryatahakanywe na Intwari mu bagabo na Sisters mu bakenyezi . Iryo higanwa rikaba ryatunganijwe mu ntumbero yo gupima ubuhinga abakinyi…
Abakunzi b'umugwi Fc Barcelona batoye umukinyi w'ibihe vyose w'umugwi Fc Barcelona uyo nawe akaba ari Diego Maradona , mugihe Lionnel Messi yafashe ikibanza ca 3 Samuel Et'oo mu kibanza ca 14. Uku Niko…
Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 7 Myandagaro umwaka wa 2020 ,igihe c'isaha umunanani n'igice z'umuhingamo (14h30) Ku kigo c'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB niho Aigle Noire…
Mu bakinyi bagiye batwara ibikombe vya UEFA Champions league mu migwi itandukanye umukinyi Christiano Rinaldo w'umunya Portugal niwe aguma aza ubwa mbere hama umudage Tony kroos agaca akurikira uwufata ikibanza ca…
Inyuma yaho ubuyobozi bw'umupira w'amaguru mu Burundi FFB ( Direction Téchnique)bushikirije amategeko mpuzamakungu bwahawe na CAF avuga ko ata mumenyereza n'umwe yemerewe kumumenyereza umugwi uwariwo wose wo…
Umumenyereza w'umurundi Ndayirangije Etienne keyahoze yitwa Muzinga ashobora guhabwa amasezerano yo kumenyereza umugwi yang Africans wo mu gihugu ca Tanzania mw'ihiganwa rizokurikira. Uburongozi bwa Yang Africans…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.