Umurwi wa Young africans SC waraye umenyesheje icese ko utagikoranye n' umumenyerezwa w' umurundi Cedric Kaze . Cédric Kaze yategerezwa kuja kumenyereza uwo murwi inyuma y'ibiganiro mbere n'amasezerano…
Mu gihe hasigaye indwi zibiri ngo hakinwe ihiganwa ry'igihugu muvyo gusiganwa n'amakinga mu ntara ya Makamba , ishirahamwe ryo gusiganwa n'amakinga ryaratunganije umubonano n'inzego zo mu ntwara i Makamba…
Bamwe mu barongozi b'ishirahamwe ry'urukino rw'amakinga (Fédération Burundaise de cyclisme) baraye mu ntara ya Makamba muri komine Nyanza lac bakaba bahafise umubonano ubahuza n'indongozi mu gisata…
Mw'ishirahamwe rya Basketball mu gisagara ca Bujumbura ACBAB ihiganwa ryaratanguye mu mpera zino ndwi. Imirwi itandukanye mu bagabo no mu bagore yaritavye ihiganwa kiretse umurwi umwe Gymkhana utakinye kubera ibibazo…
Umurwi wa Bisoro niwo watahukanye ihiganwa riheruka gutunganywa n’abakenyezi ukaba wirahiye umurwi w’igipolisi Rukinzo Volleyball club ku maseti atatu kuri imwe mugihe mu bakobwa Muzinga yatsinze les As zitatu ku busa ku…
Umukinyi w'umurundi afise imyaka 19 Iradukunda Berthelemy afise umuvyeyi umwe w'umurundi n'uwundi w'umunya Rwanda agiye kuza gukinira umugwi BS Dynamik . Iradukunda akaba yaramaze imyaka 4 yiga umupira…
Uwahora ari umumenyereza w'abanyegori w'umugwi Messager Ngozi hamwe n'intamba mu rugamba Niyonkuru Vladimir ntakibarizwa muri Messager Ngozi. Ku musi wa Gatatu igenekerezo rya 19 Myandagaro 2020 , niho…
Mu gihe imirwi ibandanya yikomeza mu kwitegurira ihiganwa rya basket mu gisagara ca Bujumbura tugiye gutangura kuri uyu wa gatandatu kw'igenekerezo rya 22 Myandagaro 2020 . Dynamo yo yamaze kwikomeza mukwongereza…
Umwe mu bamenyeshamakuru bagezweho mu gutanga amakuru y'inkino akaba atangaza neza umupira w'amaguru Fridolin Bushituzi yamaze kwumvikana na Buja fm akaba yatanguye kuyikorera ikiganiro B sports cama kiba ku wa…
Kuri uyu wa kabiri w' igenekerezo rya 18 Myandagaro 2020, I Ngozi niho haba inama yahuje uwurongoye academies les Messagers Athanase n' abaserukida ibisata bitandukanye muri academie le Messager nka ( Rally ,…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.