Umukuru w'igihugu ca Tanzania John Pombe Magufuli yavuze ko ikibuga c'igihugu ca Tanzania kizwi nka uwanja wa Taifa kigiye kwitirirwa izina ry'umuhisi Benjamin William Mpaka yigeze kuba umukuru…
Kur' uyu wa Kabiri igenekerezo rya 28 Mukakaro 2020, haramutse haboneka amakuru avuga y'uko umwanya n'umwanya umumenyereza w'umugwi Messager Ngozi Jimmy Ndayizeye ashobora kwerekeza mu gihugu…
Umugwi Akaranga cyclisme Club w`igihanga mu ntara ya Bubanza urongowe na Emery BADOGO uriko urategura ihiganwa ryo gusiganwa ku makinga ryo kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 1 Myandagaro 2020 . Ihiganwa rikaba rizoba…
Mu ntumbero yo gufasha abashikiwe n'ikibazo c'umwuzurira w'amazi mu Gatumba na Buterere Urunani rw'abakinyi ba Basket-ball mu Burundi rwaratunganije ihiganwa rikaba ryarangiye kuri uyu wa mungu igenekerezo…
Ubuyobozi muvy'ubuhinga mw'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB bwaraye bufasha ingingo yo kudasubirira kwemerera umumenyereza uwariwe wese ataciye mu vyigwa bimuha uburenganzira bwo kuronka…
Umugwi Musongati Fc uriko uriyubaka gushasha kugira urabe y'uko uzokwitwara neza mu mahiganwa ya CAF Confederation Cup. Uwo Mugwi gushika muri kano kanya umaze kugura abakinyi bashika kuri 6 nabo aka ari aba bakurikira…
Mugihe ihiganwa rya Primus league ry'umwaka wa 2020-2021 ryamaze kurangira, imigwi imwe imwe ikina mu cicaro ca mbere yatanguye kwiyubaka mu kugura abakinyi ikoresheje amahera atari make. Dutanguriye ku mugwi wa Kayanza…
Mu kiganiro umukinyi w'inyuma w'umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba Rashid Leon yakoranye na Indundi TV yasiguriye abarundi ikibazo yagize mu gihugu ca Qatar mugihe umugwi nserukira gihugu…
Ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 11 Mukakaro 2020, ku kibuga c'urukundo kiri mu ntara ya Ngozi ahariko habera urukino rwa nyuma rw'igikombe c'umukuru w'igihugu rwariko ruhuza Musongati Fc na Rukinzo…
Mw'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB baheruka gushira ahabona abakinyi 11 hazotorwamwo umukinyi umwe yaranze ihiganwa rya Primus league ryo muri uno mwaka wa 2019 ushira 2020, muri abo…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.