L'équipe nationale burundaise des Hirondelles plus connue sous le nom des " Intambamurugamba" a remporté la victoire dans le match qui l'a opposé avec l'équipe nationale tanzanienne ,Taifa Stars par…
Ku musi w'imana igenekerezo rya 10 Gitugutu 2020, niho Umugwi nserukira w'intamba mu rugamba wakina urukino rwa kuvandimwe n'umugwi nserukira gihugu wa Tanzania, urwo rukino rukaba rwarangiye Intamba zirahiye…
Urubanza ruba rumwe rukamara zibiri, kwa Alain Olivier Niyungeko umumenyereza w 'intamba mu Rugamba we zabaye umurengera. Kuri Mutombola ngo uwutaje niwe yihombeye kuko we yari yaganuye. Aho hakaba hari kw'…
Kuva kw'igenekerezo rya 1 gushika kurya 4 Gitugutu hano i Bujumbura ku kibuga ca Entente Sportive haratunganijwe ivyirwa vya tennis . ivyo vyirwa bigatangwa n'umuhinga mw'ishirahamwe mpuzamakungu rya tennis…
Inyuma y'igihe kitari gito abakunzi ba rally batayikurikirana kubera covid , abajejwe amahiganwa y'urwo rukino bahejeje kumenyesha ko izokinwa hagati y'igenekerezo rya 5 na 6 Kigarama 2020. Ngozi niyo…
Bamwita Ndikumana Djuma mu mwaka uheze yasamira Ngozi City yakorotse mu cicaro ca kabiri muri kino gihe asamira umugwi Onlympic Star w'i Muyinga . Mu nkino 5 z'ihiganwa rya Primus league Umugwi Onlympic Star umaze…
Uburongozi bwa Diaspora y 'Uburundi bubicishe ku ndongozi yabwo Japhet Legentil bakangurira abarundi baba muri Tanzania gusidukana n'iyonka bakaza gushigikira umurwi nserukiragihugu Intamba mu Rugamba.…
Umukinyi w'umusatirizi w'umugwi nserukira gihugu intamba mu rugamba Fiston abdoulrazaq ngo ntiharagera ko aja gukinira rayon Sports . Ivyo akaba yabibwiye Indundi Sports inyuma y'amakuru yaguma akwiragira hose…
Mu gatondo co kuri uyu wa Kane igenekerezo rya 08 Gitugu 2020, niho abakinyi babiri baba satirizi b'intamba mu rugamba aribo Saido Berahino hamwe na Bimenyimana Caleb bashika I Dar es Salaam mu ntumbero yo kwitabira…
Bimaze kumenyekana ko Umumenyereza w'umurundi Cédric kaze yahora yigisha mw'ishure ry'umupira w'amaguru rya Fc Barcelona la Masia riri mu gihugu ca Canada ariwe agiye kumenyereza umugwi Dar yang Africans…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.