Hiriwe icanacanako ku mbuga ngurukabumenyi zitandukanye rivuga ko urukino rwanyuma rw'igikombe c'umukuru w'igihugu rushobora kuzobera mu ntara ya Gitega ku kibuga citiriwe ingoma ku mugwa mukuru wa politic .…
Kuri uyu wa mbere waraye uheze igenekerezo rya 22 Ruheshi 2020, niho ikimenyeshamakuru AfriMag cashize ahabona abakinyi 5 bakina hanze y'igihugu ca Espagne bamaze kwandikisha amateka muri La liga mu gutsinda ibitsindo…
Mu mpera z'indwi iheze ihiganwa ryo mu cicaro ca kabiri ryari ryabandanije kundwi ya 12 . Uko Niko imigwi yatsindanye muri *Ligue B Burundi*: _Garage Express yatsinze Delta Star ibitsindo 2-1 Muzinga FC yatsinze New Oil…
Umumenyereza Josè Morinho amenyereza umugwi Tottenham Hospurs wo mu bwongereza yashize ahabona umukinyi yemera gusumba abandi mu bakinyi yigeze kumenyereza . Mu kiganiro yakoranye na The Times José Morinho yavuze ko umukinyi…
Ku musi wa Gatandatu Igenekerezo rya 20 Ruheshi 2020, ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere muri Turkie ryara ryabandanije kundwi ya 28 , umugwi Yeni Malatya sport ukinamwo umukinyi w'intamba mu rugamba Ndayishimiye Youssuf…
Ku musi wa gatanu igenekerezo rya 19, kumwe n'umunsi wa gatandatu igenekerezo rya 20 ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere Primus league ryari riteye kundwi yaryo ya 29 . Imigwi ikaba yatsindanye uku gukurikira: - Bs Dynamic…
Ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 20 Ruheshi 2020, niho umugwi Messager Ngozi wari uramutse wakira umugwi Inter Star mu rukino rw'indwi ya 29 y'ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere Primus league, rwabereye i Ngozi Ku…
Gymkana,Urunani ,New stars na les hyppos niyo mirwi yaraye ironse itike ryo gukina inkino z'igice ca kabiri gishira ica nyuma. Kuva kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 20 ruheshi 2020 urwaruka ruhurikiye…
Umugwi Messager Ngozi usigaje amanota atatu gusa kugira utahukane igikombe 'kuri uwu wa gatandatu uwo murwi niwaramuka utsinze Inter Star mu rukino rw'indwi ya 29 ya Primus league Burundi uzorarana…
Ku musi wa mbere igenekerezo rya 15 Ruheshi 2020, umunyegori w'intamba mu rugamba Arakaza Mac Arthur akina mu Mugwi Lusaka Dynamos wo mu gihugu ca Zambia niho yishikira Ku buserukizi bw'u Burundi buri muri…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.