The Burundi Diaspora leadership has the honor to inform the representatives of the Burundi Diaspora in different countries, the different organizations working within the Diaspora and all friends and sympathizers of the…
L'association Kerebuka, en collaboration avec la commission des femmes au sein de la diaspora poursuivent leurs activités de soutien aux jeunes filles et les femmes. Cette fois-ci, c'était ce 8 Juillet 2022 à…
Mu mwaka wa 2021 Kimwe mu bikorwa vyatangaje benshi, ariko Kandi banakurikiranye cane ni ishirwa umukono na Lionel Messi ku masezerano yo gukinira umugwi wa PSG. Naho PSG yamujanye ata n'ikingorongoro batanze, ivyari…
Mu mpera z'ukwezi kwa 6, ku mugabane wa buraya, neza neza mu bubirigi, umugwi w'abamenyeshamakuru b'ikinyamakuru RTBF bakuwemwo 1, yankirwa kwinjira kubera umwambaro yari yambaye. Umugabo afatira amajwi umugwi…
Habonetse urutonde rw'abahinyanyuzi b'amasanamu bagezweho hano iwacu, Kubwimana Jean benshi muzi nka John Elart, ntashobora kubura muri 10 ba mbere. Uyu musore akomoka mu ntara ya Makamba, akaba amaze kwubaka izina…
Uburozi mu mupira w'amaguru ni kimwe mu bintu vyemezwa n'abatari bake ko gihari Kandi gikoreshwa cane, ariko Hari bamwe batavyemera. Mc Billy n'umwe mu batavyemera ko bibaho, kuko kubwiwe ngo iyo ukinye…
Muri bino bihe urubuga rwa YouTube rurahurumbiwe cane n'urwaruka, mu Ntumbero yo kwiyungunganya kuko rumaze kubona no kwumva ko bamwe bamwe muri bakuru babo canke batonyi babo batunzwe n'igice kitari gito…
Ikibuze hano iwacu ngo n'ugushira hamwe kw'abamenyeshamakuru kugira bashinge ikinyamakuru gikomeye. Ivyo bishikirizwa na MC Billy asanzwe Ari umumenyeshamakuru wa Sport hano iwacu. MC Billy mu kiyago na Juste Gael,…
Haraheze igihe kitari gito umuririmvyi Appolinaire adashira ahabona Indirimbo nshasha, ariko akaba agize igihe aboneka Ari mu murimo wo kuvuga ubutumwa ngo azane benshi kuri Kirisitu. Abatari bake bakaba bibaza impamvu…
Ukwidogerwa kw'aba Dj s'ivyaVuba, kuko baharurwa nk'abafukamye umuziki wa hano iwacu munda. Ico kibazo giheruka kubazwa umwe muba Dj bo muri RuntownDj, rumwe mu nani z'aba Dj bashimye gukorera hamwe. Dj…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.