Kuri uyu wa mungu, hamenyekanye ko Umwamikazi w’ubwami bw’ubwongereza, Elisabeth II yafashwe na Covid-19 nkuko vyashikirijwe na Buckingham Palace. Umwamikazi akaba atowe ico kiza inyuma yaho umuhungu Prince Charles nawe yari…
Inyuma y’aho abigeme b’intamba mu rugamba bakatishirije itike yo kwitabira inkino za nyuma za CAN z’abigeme zizobera mu gihugu ca Maroc muri uyu mwaka wa 2022 , CP Muyenge Alexandre yabahaye agashirukabute. Umukinyi…
Abakobwa bongereza ibisusu muri Tanzania ngo vyakomeye, babaye benshi cane gusumba. Kimwe mu binyamakuru bisohorwa vyo muri ico gihugu kikaba casohoye amazina amwe amwe mu bamaze kwibagisha. Mu babashije kuvugwa hafi nka…
Muri Benin umugabo w’imyaka 37 y’amavuko asanzwe akora akazi k’uburimyi, yasubije amafaranga atari make yari yatoye avuye mu murima, none Leta yamuhaye urupapuro rw’ukumushimira (Attestation de reconaissance). Uwo mugabo…
Ibiteramo ngo bigiye kandi gusubira kandi gukorwa, kandi ariwe avyikoreye atarinze kurindira ko bamuhamagara mu biteramo vyateguwe n’abandi. Ivyo bikaba biheruka gushikirizwa na Cedric Bangy aho yavuze ko agiye kubikora mu…
Hoba hari collabo iri hagati ya Mugani Desire na Davido, canke boba bazohava bakorana igiteramo mu bufaransa, ubona ko bose uko ari babiri babonetse muri ico gihugu muri ino mis iheze. Hakoreshejwe urubuga rwa Mr…
Agé de 23 ans, le joueur de l’équipe nationale française et attaquant du PSG, Kylian Mbappe, a debuté sa carrière avec l’équipe des cadets de As Bondy entre 2004 et 2011. De 2011 à 2013, il a rejoint l’équipe de INF…
Ni irya mbere mu mateka y’umupira w’amaguru ku bigeme Intamba mu rugamba zikatishije itike yo kwitabira inkino za nyuma za CAN y’abigeme zizobera mu gihugu ca Maroc mu kwezi kwa Mukakaro 2022. Kuri uyu wa mbere waraye…
Inyuma y’aho umugwi nserukira gihugu w’abigeme wandikishirije amateka ubwa mbere yo kwitabira inkino za nyuma za CAN 2022 y’abigeme izobera muri Maroc , Umugambwe uri kubutegetsi waraye utanze agashirukabute…
Youssouf Ndayishimiye batazira Nyange ku myaka yiwe 23 ni umukinyi wa kera wa Aigle noir muri championnat nkuru y'igihugu c'Uburundi "Primus League" akaba yavuye muri uwo murwi mu mwaka wa 2019 yerekeza mu…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.