Pechie Ntabona ryiza inyifato ya mugenziwe Monia, aho abarizwa muri ino misi. Imyidoga ikaba yatanguye kuboneka kuriwe asanzwe ari n’incuti yiwe, aho yidoga ko uwo muririmvyikazi ariko avuga ikinyarwanda mu kiganiro yahawe,…
Mr champagne ni umuririmvyi aguma ariko arakora indirimbo ziwe kugihe. Hampande yo kuririmba afise n'impano yo gutwenza. Mu mwaka w'2021 yarashoboye kugirana amasezerano n'amashirahamwe atandukanye ibintu…
Inkino za CAN ni inkino z’imigwi nserukira gihugu ya Africa zihurumbirwa n’abanya Africa ndetse tutibagiye n’abandi batandukanye . Muri izo nkino hariho abakinyi bamaze kuzikoreramwo amateka yo kwinjiza ibitsindo…
Intamba mu rugamba z’abigeme zigiye kwakira igihigu ca Djibouti mu nkino zibiri zo gukurakuranamwo zizoyiha amahirwe yo kwitabira inkino za nyuma za CAN 2022 y’abigeme . Kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 14 Ruhuhuma 2022 ,…
Ku ncuro igira icumi, insamirizi Isanganiro yasubiriye kandi gutunganya ihiganwa Isanganiro Awards, hakaba hanamaze gushirwa ahabona indirimbo 20 zizohiganirwa ikibanza ca 1 muri iryo higanwa ritanguye kutabonwa neza. Kuri…
Igihugu ca Reta iharanira intwaro rusangi ya Congo isigaje gato ngo yemezwe kuba kimwe mu bihugu bigize umuryango w’ibihugu bigize umuryango wa Afrika y’ubuseruko. Iyo ntambwe ya nyuma irindiriwe, ikaba izoterwa n’abakuru…
Imiyabaga muri Tanzania ngo nticerekwa gukoresha udukingirizo, ahubwo bakoresha imiti kugira bikingire, ivyo navyo bikaba biteye impungenge cane abashingamateka muri ico gihugu. Nk'uko amatohoza aheruka gukorwa…
Zinedine Zidane yaruciye ararumira imbere y’abanya Marseille bariko bamusaba kuterekeza ku mugwa mukuru. Mu gihe Zinedine Zidane abandanya avugwako cane kuba ari mu nzira yo kuba umumenyereza w’umugwi PSG, uwo mugabo nta…
Inyuma y’igiteramo kiriko kirategurwa mu bufaransa kizoba igenekerezo rya 5/3 c’umuririmvyi Mugani Desire, hamenyekanye ikindi buca akorera kuri uyo mugabane nyene. Inyuma y’indwi 2 gusa akoze igiteramo mu bufaransa, Big…
Kuri uno wa kane igenekerezo rya 10 Ruhuhuma2022, inama nshingamateka yakoranye irongowe na Nyeniteka Gélase Ndabirabe aho abashingmateka bari baramutse barabira hamwe integuro y'ibwirizwa ryari rivuye mu nama…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.