Igiciro co kwiyunguruza ku baja mu gihugu hagati canke abiyunguruza mu gisagara ca Bujumbura, ibiciro vyadugijwe ku rugero rungana n'ibice 12,63 kw'ijana nk'uko ari narwo rugero igiciro c'igitoro…
Mu gihe umugwi ndangakaranga Amagaba, umugwi wabo uvuza Ingoma uri mu bihano, abatari bake bagize ico bashikiriza kuri ivyo vyabashikiye, aho abatari bake babasabira ibihano, ariko abandi bakabasabira guhanurwa. Dj Jackson…
Naho abantu umunezero ari wose kubera abaririmvyi 2 b'abarundi babonetse mu gitigiri c'abaririmvyi bazoboneka mu giteramo c'umuririmvyi Harmonize wo muri Tanzania, ngo hoba harimwo ikibazo. Umuntu aravye iryo…
Mutima le Comedien ntakibarizwa ku butaka bw'Uburundi, yamaze gufata rutema ikirere, aho hataramenyekana vyukuri igihugu yagiyemwo hamwe n'ico agiye gukora. Mutima akaba yabwiye Alan the real ko ngo ikimujanye…
Inyuma y'aho umurwi w'abatimbo begukira umurwi ndangakaranga Amagaba bavugirije umurisho w'ingoma mu buryo bunyuranye n'imigirwa itandukanye ikorwa ku ngoma z'Uburundi, ubushikiranganji mu vyo bujejwe…
Imigenderanire y'Uburundi n'ubumwe bwa Buraya igiye gusubira kuba myiza Inyuma y'igihe kitari gito iyo mice ibiri irabana ay'ingwe. Kuri uno wa kabiri, igenekerezo rya 8 Ruhuhuma umwaka w'2022, Ubumwe…
Cristiano Ronaldo yakwije abantu barenga Imiliyoni 400 bamukurikirana ku rubuga rwiwe rwa Instagram, akaba abandanya kuba ari umuntu wa mbere akurikiranwa cane kuri urwo rubuga rugize igihe kitari gito rukunzwe cane. Uwo…
Mu misi iheze twari twabashikirije amakuru yavuga ko umuririmvyi Rayvanny ashobora kuba ariwe agira asezere muri WC, ariko mu nyuma hahavuye hamenyekana ko ari uwundi muririmvyi ari mu batari bwerekanywe ku mugaragaro ko ari…
Ishirahamwe ACOPA Burundi ryagarukiye ku miryango 12 y'abageze mu zabukuru. Kuri uno wa gatandatu igenekerezo rya 5 ruhuhuma 2022 Uburundi buramutse buhimbaza umusi mukuru w'ubumwe bw'abarundi, Ishirahamwe…
Inyuma y’imyaka itari mike umuririmvyi Mugani Desire ataboneka mu biteramo ku mugabane wa Buraya, uwo muririmvyi ashobora kuba agiye gusubira kandi gukorerayo ibiteramo? Ico n’ikibazo umuntu yokwibaza inyuma y’ukubona ivyo…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.