Umukinyi w’umusatirizi w’intamba mu rugamba Cedric Amissi yaraye ashize umukono ku masezerano yo gukinira umugwi wa AL QADISIYAH FC ukina mu cicaro ca kabiri mu gihugu ca Arabie Saoudite. Uwo mugwi ukaba uri mu kibanza…
Umukinyi wo hagati w’intamba mu rugamba Ndayishimiye Youssuf Nyange umwanya n’umwanya ashobora gushira umukono ku masezerano yo gukinira umugwi wo mu cicaro ca mbere mu gihugu c’Ubufaransa League 1. Youssuf Nyange ariko…
Ikibanza ca 2 nico ikiganiro African Show ca Dj Theo gifise mw’ihiganwa ryateguwe na Karisimbi Events bise CCA (Consumers Choice Awards) I Kigali mu Rwanda. Muri iryo higanwa harimwo imice myinshi ariko umwe ni ibiganiro…
Paul Pogba ngo ashobora kwongera gukinira umugwi wa Manchester United nk'uko ikinyamakuru The Sun co mu bwongereza kibishikiza, ariko ngo arafise ivyo asaba kugira yemere gusubira gukinira uwo mugwi. Mu gihe hari hakiri…
Kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 31/1 umupaka wa Gatana uhuza ibihugu vy’Urwanda n’Ubuganda uzoba wuguruwe nk'uko biheruka gushikirizwa n’ubushikiranganji bw’imigenderanire y’Urwanda n’ibindi bihugu. Iyo ngingo…
Ikigo Guiness World Records giheruka kwemeza Rolex ya mbere nini kw’isi muri Uganda, aho iyo Rolex yapima 204,6 Kg hamwe 2,32 m z’uburebure. Ico gikorwa giheruka kubera mu buraruko bw’umugwa mukuru wa Uganda kikaba cahuje…
Umunezero ngo wari wose aho yabona ko yakwije Views 1,000,000 ku ndirimbo yiwe HMM, Ado Josan uno musi abarizwa i Bujumbura mu bikorwa vyiwe vy’umuziki ariko kandi n’ukuraba umuryango, akaba yabiyagiye imwe mu…
Cristiano Ronaldo ngo ari nka hamwe inzira iriko iraharurwa igenze neza ngo ashobora kwerekeza muri PSG mu mwaka uza, ariko ngo iyo ngingo yoshimisha uwutwara uwo mugwi Nasser Al- Khelaifi ngo ntiyakirwa neza na Lionel Messi…
Ibiheruka kwagirizwa Masterland ko yoba akoresha uburozi, uburyarya, canke ukudakora ivyo yemereye umuririmvyi Arnovic, ngo n’ububeshi butagira izina, ivyo uwo muririmvyi akaba aheruka kubishikiriza mu kiganiro yahaye imwe mu…
Ngo hoba hariho abariko baramwiyitirira bandika amajambo ku ma Status yabo noneho bikaboneka ko yoba ariwe. Ku musi w'ejo, umumenyeshamakuru wa Buja FM, Ami Pro yamenyesheje akoresheje urubuga rwiwe rwa Whatsapp ko ama…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.